La ville de Gitega connaît une extension accélérée surtout depuis qu’elle a été déclarée capitale politique du pays. L’accroissement de la population citadine entraîne une augmentation des déchets, parce que tout ce beau monde consomme. Leur gestion est de plus […]
Amashure matomato: ingeso yo guhahazanya mu banyeshure yohera gute ?
Mu gihe uburuhuko bwaraye burangiye, hari ingeso ikorwa mu mashure matomato, na canecane ayigenga aho usanga abanyeshure bahahaza abo bigana. Ivyo birabababaza mbere bikanashikira abavyeyi, aho bamwe muri bo bahitamwo kwihanira. Abandi bakigisha abana kugera ingere ku yindi. Yamara siko […]
Ubusuma kw’iterefone no ku mbuga huriro: muragabe!
Ubusuma bw’amayeri biciye kw’iterefone hamwe no ku mbuga huriro buri musi. Bugasiga ubukene mu mipfuko ya benshi. Uko abo banyoni bahinyuka, ni ko na bo bahindura imikenyuro. None ubwo busuma bukorwa gute? Umuntu yobwikingira gute?
Slam : Gitega et ses arts tristes
D’intenses moments de méditation, des mots forgés dans la solitude de la nuit, le syndrome de la page blanche, des heures interminables de répétition, les slameurs suent sang et eau pour faire plaisir au public de Gitega. Hélas, très peu […]
Enfant naturel : coupable d’être né
Si vous vous plaignez d’avoir eu une enfance difficile, il y a pire. « Bâtard », « enfant illégitime », « enfant adultérin », « enfant naturel », un foison de termes aussi péjoratifs les uns que les autres qui compliquent l’enfance des enfants nés hors mariage (c’est […]
“Yariye ishano”: ijambo rigisibije mu gisagara ca Bujumbura
Muri ino misi, baba abatunzi canke abakene, abize n’abatize, abakuze n’abato, ikintu co kurya canke guhabwa ishano cabaye ururirimbo mu kanwa k’abanyagisagara. Wumva ngo kanaka yarivuje barabura indwara afise birangira basanze yariye ishano. None vy’ukuri ivyo bivugwa biva kuki ? […]
« Qui a été blessé, blessera à son tour ? »
Un passé passe quand il ne revient pas tourmenter les survivants. Dans les pays qui sortent des conflits violents, les séquelles peuvent conduire au recyclage de la violence par le mécanisme d’identification et de la répétition inter ou transgénérationnelle, comme […]
Irondoka rijanye n’amagara meza: ntiryerekeye gutandukanya imvyaro gusa
Kuri bamwe, irondoka rijanye n’amagara meza ryerekeye gutandukanya imvyaro. Ku bandi na bo, ni ivyo vyose bijanye n’imibonano mpuzabitsina. Yamara, ivy’irondoka rijanye n’amagara meza biragutse cane gusumba uko dusanzwe tuvyumva. Tubirabire hamwe.