‘‘Kuharya i reggae’’ vyamaze kuba igikorwa kimenyerewe aha i Bujumbura na canecane muri iyi misi ikibazo c’igitoro cabaye urusyo. Ubu benshi ntibacemera guta umwanya ngo barindiriye ibibunguruza, bariyunguruza. Ego gutambuka ni vyiza muga iyo utaravye neza abo mufatanye urugendo, hari […]
Société
Pour l’amour de tous les êtres vivants, les animaux compris !
Récemment, un joueur de Premier League (championnat de football anglais) a été condamné par la justice pour avoir frappé son chat, après qu’une forte amende lui ait été infligée. Avez-vous déjà remarqué que peu de Burundais possèdent des animaux de […]
Cher Abbas, je te pardonne
L’éditorial du journal Iwacu de cette semaine n’a pas laissé ce blogueur indifférent. Son auteur se dit subjugué par la situation socio-économique actuelle, qu’il ne trouve rien à écrire. Et ce blogueur de le supplier de ne pas « jeter l’ancre »… […]
Kumbe Abarundi bakunda akanyama ukuri aho !
Twaravyiboneye mu mihingo itandukanye y’igihugu. Inyuma y’aho hatangiwe uruhusha rwo gusubira kubaga inka n’ibitungwa bitobito nk’ihene, Abarundi batari bake barerekanye urukundo bafitiye akanyama. Hari n’abatevye basaba ko iryo genekerezo ryocika umusi mukuru wahariwe akanyama mu gihugu cacu.
“Ibihe bidasanzwe” : agakete ku ndongozi z’igisagara ca Bujumbura
Ubukene bw’ibitoro busa n’ubwabaye akananirabahinga muri ino misi. Mu makomine atatu agize igisagara ca Bujumbura naho, akajagari mu gisata c’ukwiyunguruza, uhere ku mutekano wo mw’ibarabara kugeza ku biciro vy’ukwiyunguruza biti: “twatanzwe”. Muri ivyo bihe bidasanzwe, uno mwanditsi wa Yaga yahisemwo […]
Pères indignes, enfants victimes
Subvenir aux besoins d’autrui, gaspiller l’argent dans les buvettes alors que chez soi, on manque même du sel, c’est une habitude qui se fait remarquer chez certains parents, et qui ruine beaucoup de foyers. Une jeune fille nous raconte ce […]
“Kwa Ntare i Gashinyira”: hari uruzogi rw’umwami ariko harateye ikigongwe
Ejo bundi, umwanditsi wa Yaga yaratembereye ahavugwa ko hoba havukiye umwami wa mbere w’Uburundi, Ntare Rushatsi, Rufuku Rwa Ntare rwafukuye Uburundi. Yari yiteze kubona ikibanza c’akaroruhore ariko yasanze ata mavugwa.
Ingeso yo gusegerereza mu bajejwe umutekano: burya nta kabura imvo
Hari mu mwaka w’2020, aho umwanditsi wa Yaga yatwiganiye uko abona urwego rw’abajejwe umutekano mu Burundi rukwiye gusukura isura yarwo. Mu vyo yarunegura, hari ivyagabanutse ariko hari icanse kuhava: ugusegerereza kuri bamwebamwe bari muri urwo rwego. Ikibituma, ni uko ata […]
« Papa, maman, suis-je hutu ou tutsi ? », voici comment répondre
Nourri par les récits entendus dans des cadres de socialisation comme l’école ou les réseaux amicaux, l’enfant peut être amené à demander à ses parents son identité ethnique. Au vu de l’influence que ces derniers exercent sur l’enfant, il faut […]