À la simple prononciation du nom Rusaka, tout le monde pense à sa réserve naturelle légendaire de Mpotsa. En plus des rites et secrets au tour de cet endroit mystique, cette commune a aussi beaucoup d’histoires dont quelques-unes, plus enveloppantes. […]
Rivardo Niyonizigiye
Licencié en Langues et Littératures Anglaises à l’Université du Burundi, Rivardo Niyonizigiye est avant tout activiste culturel. Il anime un blog culturel http://akanyaburunga.wordpress.com sur la culture, littérature et langue Kirundi. Il est comédien, scénariste et écrivain, auteur de Les Retrouvailles. Il est membre du collectif Yaga.
Benjamin William Mkapa: uwo ari, n’ico yamariye Abarundi
Yaraye yitavye Imana mu bitaro vya Mhimbiri vyo mu gisagara ca Dar es Salaam, afise imyaka 81 y’amavuko. Yabaye umukuru w’igihugu yashoboye gushira mu ngiro imigambi uwamwitangiye imbere, Ali Hassan Mwinyi, yari afise, maze ashikana igihugu ca Tanzaniya kw’iterambere rirama. […]
#UrwegoNshingwaKirundi: umugambi wanigiwe mu menshi
Hamwe urwego rushinzwe ururimi rw’Ikirundi rwovuka, ntibwoba bubaye ubwa mbere. Kwoba ari gushira mu ngiro ivyiyumviro vyariho, haheze imyaka irenga mirongo itanu. Urwo rwego rwarigeze kubaho, n’aho mu nyuma vyagenze nabi rurahagarara. Ido n’ido ry’ubuzima bw’urwo rwego n’icatumye ruzimangana.
Amagenekerezo 26 akomeye yaranze ubuzima bwa Petero Nkurunziza
Nyakwigendera Petero Nkurunziza yaraye ashengeye, yaciye mu buzima budasanzwe kuva mu buto bwiwe. Mbere, n’igihe yari arongoye igihugu imyaka 15 yose, habaye ibitari bike. Reka dusabikanye bimwe mu bihe yagiye aracamwo, kuva mu bwana bwiwe gushika yitavye Imana.
#ThePoliticianWeWant : Kigamba, la commune cosmopolite
En plus de la beauté de ses collines, la commune Kigamba a le mérite d’être parmi les communes qui ont des habitants d’origines variées mais qui, chacun, garde sa propre culture. À cela s’ajoutent les rêves de sa jeunesse. Récit.
« Isanganiro Award 8 » : des voix se levèrent et firent un plaidoyer pour les artistes
En plus de très bonnes activités organisées pour agrémenter ce grand concours de la chanson et la joie qui caractérisait les spectateurs à l’annonce de l’heureuse gagnante, un discours aura marqué cette soirée inoubliable. Il s’agit du discours plein d’émotion […]
#Coronavirus: ibihuha vyagwiriye, dufate iki tureke iki ?
Kuva ikiza Coronavirus cadutse mu gihugu c’Ubushinwa, mu mpera z’umwaka w’2019, ibihuha vyakwiye hose. Mu mabarabara, ku mbuga ngurukanabumenyi, eka no mu biyago bitandukanye, umwe wese yivugira iryo ashatse. Uno musi hoho, abarenga 30 bamaze gushikanwa muri ca kibanza categurirwa […]
#KwandikwaMuriKaminuza : inzira y’umusaraba ?
Haheze amayinga yababa abiri abanyeshure barangije amashure yisumbuye batanguye ivyigwa vyabo vyo mu ma kaminuza, ku bashoboye kuronka ubwo burenganzira. Hagati y’umusi w’ukurangiza ishure ryisumbuye n’umusi w’uguhonyoza ikirenge mw’ishure kaminuza, urugendo ni rurerure. Kubera iki ? Bene kuharuhira bokworoherezwa gute […]
Uko ikibanza c’Ikirundi cahindaguritse kuva 1962 kugeza 2020
Kuva igihugu c’Uburundi cikukira, ururimi rw’Ikirundi rufashwe nk’ururimi rw’igihugu. Ariko, hambavu y’urwo rurimi, turafise izindi ndimi zikoreshwa mu buzima bw’igihugu. None izo ndimi, ko zikoreshwa zose muri rusangi, zibanye zite ? Ikirundi gifise ikibanza ikihe uno musi ? Umwihwezo.