Société

Miss Burundi : ni igiki cokorwa kugira iryo higanwa riheshe iteka Umurundikazi ?
Société article comment count is: 4

Miss Burundi : ni igiki cokorwa kugira iryo higanwa riheshe iteka Umurundikazi ?

Uburundi bwaraye buhimbaje, umusi mpuzamakungu wahariwe uguharanira agateka k’umukenyezi. Ivyo bihuriranye n’uko hariko hatunganywa ihiganwa Miss Burundi. Uno mwanditsi abona ko rishobora gusubiza inyuma agateka k’Umurundikazi, aho kugateza imbere. Muti kuki ? Kubera ibikenewe vyose bitahari kugira rimuheshe agateka. Arabituyagira.  […]