Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Rivardo Niyonizigiye

Licencié en Langues et Littératures Anglaises à l’Université du Burundi, Rivardo Niyonizigiye est avant tout activiste culturel. Il anime un blog culturel http://akanyaburunga.wordpress.com sur la culture, littérature et langue Kirundi. Il est comédien, scénariste et écrivain, auteur de Les Retrouvailles. Il est membre du collectif Yaga.

Ibintu bitanu abavyeyi barungitse abana ku mashure bokwitondera
Education article comment count is: 0

Ibintu bitanu abavyeyi barungitse abana ku mashure bokwitondera

Par Rivardo Niyonizigiye le 15 septembre 2025

Iryavuzwe riratashe, ng’aya amashure aratanguye. Abavyeyi baritaye ku rutare barashobora kurungika abana kw’ishure. Hari n’abatabishoboye. Ku babishoboye, ubu muriko muriruhutsa. Ariko rero ico mwomenya, ni uko hataragera aho mwiruhutsa, nyabuna hari ibindi vyuhira mutegerezwa kubandanya mukorera abo bana ku neza […]

Ico abanyakaranga bo mu Burundi bokwigira ku bo mu Rwanda
Culture article comment count is: 1

Ico abanyakaranga bo mu Burundi bokwigira ku bo mu Rwanda

Par Rivardo Niyonizigiye le 16 août 202217 août 2022

Urwanda n’Uburundi ni ibihugu bisangiye ibitari bike, haba muri kahise canke imico. Muri ivyo bihugu vyompi, hari abantu bafashe ingigo yo guteza imbere imico n’akaranga kandi ubona ko babikunze, banabishoboye. Ingorane bagira muri urwo rugamba birashusha, ariko abo mu Rwanda […]

Itegeko rigenga ingo n’imiryango: ryahishijwe abarigenewe ?
#IngoNimiryango article comment count is: 3

Itegeko rigenga ingo n’imiryango: ryahishijwe abarigenewe ?

Par Rivardo Niyonizigiye le 11 mai 202112 mai 2021

Si rimwe si kabiri. Turabona ibintu biba mu muryango no mu kibano, umuntu agatangara ukuntu bishika kandi itegeko rigenga ingo n’imiryango ryabibuza canke rikabiha iyindi ntumbero ibereye rihari. Ku ruhande rumwe biratahuritse kuko ibihe biha ibindi. Iryo tegeko ryabayeho mu […]

Ibikorwa bitatu vyaranze intwaro y’umuhisi Pombe Magufuli
Politique article comment count is: 3

Ibikorwa bitatu vyaranze intwaro y’umuhisi Pombe Magufuli

Par Rivardo Niyonizigiye le 18 mars 202118 mars 2021

Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya yaraye yitavye Imana. Umubabaro n’agahinda ni vyo vyibonekeza ku mbuga zitandukanye. Biri mbere no mu majambo yo kuremesha Abatanzaniya ava hirya no hino. Ya mvugo y’Abarundi ngo “uwo twabuze tutanka” . None ni igiki catumye bamuririra? Turabire […]

Kuki abigeme b’aho hambere bababuza gupfuka amabere ?
C'est compliqué article comment count is: 2

Kuki abigeme b’aho hambere bababuza gupfuka amabere ?

Par Rivardo Niyonizigiye le 17 décembre 2020

Nk’uko tubibonera ku mafoto, kera abigeme baguma bigira mu bikorwa vya misi yose ata kintu na kimwe gipfutse amabere yabo. Bagaca imbere y’abavyeyi, ababanyi, incuti n’abagenzi ataco binona. Ivyo abigeme ba kino gihe batokwubahuka. Umuntu yoshoka yibaza ko kwari ukubura […]

Twibukanye ibice bigize urubanza rw’ubugeni rw’aho hambere
#YagaDécodeur article comment count is: 3

Twibukanye ibice bigize urubanza rw’ubugeni rw’aho hambere

Par Rivardo Niyonizigiye le 8 décembre 2020

Uno musi, ku musi umwe gusa, harakorwa urubanza rwo gukwa, urw’ubugeni, ndetse no gutwikurura bakagenda babihejeje. Ivyo si ko vyahora kera, twabitumwe n’uko ibintu biguma bihinduka. None urubanza rw’ubugeni rwakorwa gute ? Umwigisha muri Kaminuza y’Uburundi Barbara Ndimurukundo Kururu aratwiganira […]

Analyse article comment count is: 21

Ibintu bitanu biteye isoni bikorwa mu gisagara ca Bujumbura

Par Rivardo Niyonizigiye le 2 décembre 20202 décembre 2020

Turabibona, bamwe bikabatangaza, abandi ntihagire ico bibabwira. Ariko burya birateye isoni. Hari inyifato ziri mu gisagara ca Bujumbura zitubahiriza  umutekano w’abantu kandi ntiziheshe icubahiro igisagara kimaze imyaka irenga 120 kibayeho. Muri izo, ng’izi zitanu zitabereye twama tubona. 

Imvo zitatu zotuma Abarundi bijukira gukora amareresi y’uducapo
Analyse article comment count is: 2

Imvo zitatu zotuma Abarundi bijukira gukora amareresi y’uducapo

Par Rivardo Niyonizigiye le 29 octobre 202029 octobre 2020

Ku wa 28 Gitugutu uko umwaka utashe, ni umusi mpuzamakungu wahariwe amareresi y’uducapo (film d’animation mu gifaransa). Hano mu gihugu cacu, amareresi nk’ayo ntagwiriye kandi yari akenewe cane. Hamwe abakora amareresi bovyijukira, vyogira akamaro kanini ku gihugu ku mvo zitandukanye.

Politique article comment count is: 1

“Amateka” y’incungu y’ukwikukira yaririmbwe n’Abarundi

Par Rivardo Niyonizigiye le 14 octobre 202014 octobre 2020

Umuganwa Rudoviko Rwagasore yakoreye ivyiza vyinshi Uburundi, ku buryo bitazokwigera vyibagirwa. Yaharaniye intahe y’ukwikukira atako arayizira, ivyo Abarundi batigeze bahengeshanya kuyaga. Turabire hamwe “amateka” yiwe Abarundi batazokwibagira, yaririmbwe na bamwe mu baririmvyi batandukanye.

Voir plus d’articles
  • #IsiYacu
  • #Kabu16
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Appel d'offre
  • Carnet de voyage
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Éditorial
  • Education
  • Justice
  • Méthode Yaga
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Opinion
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Sécurité
  • Société
  • Spécial 10 ans de Yaga
  • Sport
  • Synergie des médias
  • Une journée/nuit avec…
  • Une lettre à …
  • Urukundo
  • Vivre avec…
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
Suivez-nous f t y i
© 2026 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus