Coronavirus – imanza z’ubugeni : zihagarikwe canke zihinyanyurwe

Muri iki gihe hateye ikiza ca Covid-19, birabujijwe ko abantu bakoranako canke begerana cane. Ariko, imanza zibandanya ukuri kwamye. Amakenga ni menshi, uravye ukuntu imanza zitunganywa. « Kirazira gukoranako,  mutegerezwa kuguma mukaraba kenshi… »! Hafi kw’isi yose, muri kino gihe, ivyo ni … Lire la suite de Coronavirus – imanza z’ubugeni : zihagarikwe canke zihinyanyurwe