Coronavirus

“Ng’uku uko nagiye mu vyo kudandaza umubiri kubera covid-19”: intahe
C'est compliqué article comment count is: 4

“Ng’uku uko nagiye mu vyo kudandaza umubiri kubera covid-19”: intahe

Ikiza c’umugera wa Covid-19 cononye vyinshi cane. urudandazwa, ingendo, imirimo itari mike kw’isi,… vyarahagaze,  imiryango ibura abayo iyindi iratandukana. Ivyo vyagize ingaruka mbi harimwo n’iziteye ubwoba nk’ibi vyashikiye Claudine*. Kubera gutandukana n’umukunzi wiwe yugaraniwe hanze, yabuze ukundi ari bugire, maze […]