Abakenyezi b’intwari : si Ririkumutima gusa

Iruhande  y’umugabekazi Ririkumutima yaganje Uburundi igihe umwami Mwambutsa IV yari akiri imfyufyu, hari abakenyezi bake cane bamenyekanye nk’intwari muri kahise k’Uburundi. Umwe muri abo ni uwitwa Nteturuye Mariya, batazira  Nzirikanye. Muti none uwo yamaze iki? Uwo mukenyezi yabaye umwe mu … Lire la suite de Abakenyezi b’intwari : si Ririkumutima gusa