Mu ntara za Bururi na Rumonge, abanyagihugu baho barategura imanza nk’uko no mu yindi mihingo y’igihugu bigenda. Ariko rero ikitamenyerewe ahandi n’uko muri izo ntara izo manza zisesaguza abantu maze zikabasigarana ubukene butagira izina nk’uko Jean Désiré Nduwayo abituyagira.
Ubutungane
Indyane z’amatongo zotorewa umuti gute?
Igihugu c’Uburundi, nk’ibindi bihugu bitari bike, kirafise ingorane zitandukanye zikigeramiye. Prosper Niyonkuru aratubwira ko, iruhande y’indyane za politike, ingorane z’amatongo nazo ziri mu bibangamiye cane abarundi kandi zari zikeneye gutorerwa umuti hakiri kare.
Birakwiye ko amategeko y’igihugu yandikwa mu Kirundi
Mu gihe ibiganiro bihuza abarundi bibandanya mu gihugu cose, abanyagihugu barashikiriza akari ku mutima ataco basigaje inyuma. Mu bitari bike bashikiriza baripfuza cane iyandikwa ry’amategeko y’igihugu mu rurimi kavukire. Rivardo Niyonizigiye aratuyagira ico avyiyumvirako.
Coup d’État : « Jugeons les faits et non les intentions »
Le 13 Mai, exactement 12 mois venaient de s’écouler après le coup d’État manqué, mené par un commando qui avait fait défection de l’armée. Au moment où certains tendent à relativiser les faits, le blogueur Fridolin Nzambimana s’insurge et appelle à considérer tout coup […]