Ubutungane

Société article comment count is: 0

Umusuma agumana agateka ka kiremwa muntu !

Mu gihe abatari bake bababazwa n’ubusuma bwama bwakozwe aho baherereye canke bukabakorerwa, benshi baripfuza gufata umusuma kugira bishobotse bamwihanire vy’akarorero. Ariko rero naho biri ukwo, Egide Nikiza wewe abona ko umusuma agumana agateka ka kiremwa muntu none adakwiye gukubagurwa igihe […]