Ishure nshingiro ryatanguye abatari bake bafise amakenga kuko ngo integuro yaryo yoba itari imeze neza, haba ku ruhande rw’abigisha canke ku ruhande rw’ibikoresho. N’ubwo biruko, ryaratanguye none ubu abanyeshure ba mbere buca bakora ikibazo kibaha uburenganzira bwo kubandanya igice ca […]
Abanyeshure
Kwungura ubumenyi mu mashure no kwiteza imbere
Ishure ni kirumara mu buzima bw’abantu n’ubw’igihugu. Prosper Niyonkuru aratwereka ko ariryo ritumurikira mu bwenge bwacu, rikatwongerereza n’ubumenyi maze tugatezwa imbere n’impano zacu.