Mu gihe hari umugenzo abatowe bariko baramenyera wo kwegera ababatoye mu kubasanga ku kivi, Apollinaire Nkurunziza araducira ku mayange bimwe mu biranga ivyo bihe. Iruhande y’aho, aribaza niba atari umukenyuro wo kubandanya barondera amajwi n’imbere y’uko imyiyamamazo y’amatora akurikira itangura.
Au secours de notre mère, la terre !
Tout commence par une présentation sur l’environnement par l’Ambassadeur Mbonerane sur l’environnement. Inquiète par la dégradation à outrance de l’environnement, la blogueuse Ines Ininahazwe partage son expérience et commence par citer des personnalités comme l’ancien président français Jacques Chirac : « Notre […]
Twittoscopie: 16 ans après, retour à la case départ
La semaine du 16 au 22 mai a été marquée par la reprise du dialogue à Arusha. Un dialogue qui fait encore couler beaucoup d’encre et de salive. Au début de cette semaine, Willy Nyamitwe et la Deustch Welle se […]
Twitwararike aho tubaye ku neza yacu!
Abatari bake barazi ko gukingira ibidukikije biri n’akamaro kanini mu buzima bw’abantu, mu mibereho yabo ya minsi yose. Oscar Niyonkuru arabishimangira mu guhamagarira abarundi gukingira ibidukikije kugira ngo twirinde impanuka.
Arusha II : une perte de temps ?
Le dialogue a repris ce week-end à Arusha pour tenter de trouver une issue favorable à la crise qui dure depuis plus d’un an.
Inkwano: Yovaho canke yogumaho?
Mu gihe mu Burundi hamye umuco wo gukengurukira umuryango w’umwigeme agiye kwubaka urwiwe, ubu ibintu bisa n’ibiriko birahinduka. Abatari bake ntibakibona ko inkwano yoshimikirwako cane ku bashaka kwubakana. Spageon Ngabo araducira ku mayange kuri bimwe mu vyo abakoresha urubuga rwa […]
Abanyeshure bo muri INSP bazotunganirizwa ryari?
Haraciye ikiringo kirenga umwaka abanyeshure biga muri kaminuza y’ubuvuzi INSP batswe uburenganzira bwo kwivuza bakoresheje ikarata yokwivurizako itangwa n’ishirahamwe ryo kuvuza abakozi ba leta Mutuelle. Iryo shirahamwe rero ngo ryoba ryafashe iyo ngingo kuko iryo shure ririheraniye amafranga ashika ku […]
Coup d’État : « Jugeons les faits et non les intentions »
Le 13 Mai, exactement 12 mois venaient de s’écouler après le coup d’État manqué, mené par un commando qui avait fait défection de l’armée. Au moment où certains tendent à relativiser les faits, le blogueur Fridolin Nzambimana s’insurge et appelle à considérer tout coup […]