Mu kiratini, ico kiringo bacita “pubere”; bisigura kwibonako ubwoya. Abarundi bacita ubuyabaga. Ni ikiringo gitera ibibazo abatari bake bakigishikamwo, hagera ku bigeme ho bikaba ibindi. Baragira amaganya, bakitinya, hakaba n’abatora ingeso yo kwigunga. Yamara, ni ibintu bisanzwe umuntu wese ategerezwa […]
« Nakundanye n’umuzungu, banyita maraya» : kubera iki ?
Ukwubakana hagati y’abadasangiye urukoba kuribonekeza mu Burundi. Mugabo, urwo rukundo ntirumenyerewe cane, ku buryo rubonwa ukundi mu miryango no mu kibano. Ng’iyi intahe ya Jeannette Irakoze*, Umurundikazi aheruka kwubakana n’Umuzungu. Uko vyatanguye n’uko vyabandanije.
Mbega ubwoko bufise ikibanza ikihe mu rukundo ?
Kuri bamwe, “nta bugeni bukwiye kuba hagati y’abadasangiye ubwoko”, ku bandi, ngo « ivyo biragahera ». None mwe n’izo mpari ziterwa n’iki ? Zizohezwa n’iki ? Mbe hoho, ikibanza c’ubwoko mu rukundo gitegerezwa kuba ikihe ? Reka tubiyage.
Nkurunziza vs Ndayishimiye : ko umengo intango y’intwaro yama ari imwe ?
Turi kuwa 20 Myandagaro, 2020. Iyo uwahoze ari umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza atitaba Imana, ibirori vyo gushikiriza icese uburongozi bw’igihugu Varisito Ndayishimiye, vyobaye kuri uwu musi nyene. Ntivyakunze. Ariko, mu ntango z’intwaro zabo, biboneka ko amajambo bompi bashikiriza afitaniye isano […]
#ThePoliticianWeWant : Makamba, des avancées qui cachent mal les défis
À l’extrême sud du royaume de tambour, Makamba est la dernière province avant de rejoindre le pays de Nyerere, de l’autre côté de la Malagarazi. Makamba abrite le chef-lieu de la province. Les jeunes de la place semblent n’avoir qu’un […]
Coopératives : Ndayishimiye relèvera-t-il le défi ?
Depuis son accession au pouvoir, le nouveau président burundais a pris les devants dans la sensibilisation de la population à se regrouper en coopératives pour se développer et permettre au pays de s’auto-suffire économiquement. Une vision qui a commencé bien […]
L’État, l’enfant chéri des banques commerciales
Depuis 2014, le secteur public est devenu l’enfant chéri des banques commerciales. Les crédits accordés à l’État augmentent au détriment du secteur privé. Une situation qui inquiète les investisseurs.
L’après Rwagasore : la période la plus instable du Burundi monarchique
Figure politique et héros de l’indépendance du Burundi, la mort de Rwagasore coûtera cher aux Burundais. Un débat entre jeunes et moins jeunes s’est dernièrement penché sur l’instabilité politique qui a suivi la mort du fils de Mwambutsa et la […]