Qui se souvient de sa toute première cuite ? C’est difficile de l’oublier, quand une bande de copains exige qu’un gosse ingurgite une quantité incroyable de bière pour intégrer leur cercle. Ce blogueur a subi ce bizutage qui ne dit pas […]
#ZaNzoga : inzira zijana kurusoma ziri kune ziri gutanu
Kwisanga mu bakunzi b’agacupa canke umwerera bitangura kwinshi nk’uko twabibonye ubuheruka. Kuva ku gakuku, agaharawe ngo ni kwitanaho (ivyo bita care mu congereza) hamwe n’akamenyero, ibijana umuntu gukunda inzoga si bike. Nsengiyumva* w’i Makamba araducira ku mayange uko vyamugendeye n’uko […]
Twariyandagaje inyuma y’itorwa rya “Miss Burundi 2022”
Bakivuga ko ari we yatsinze, hari abaciye batangura kwiyamiriza itorwa rya Ngaruko Kelly. Imyidogo iba myinshi ku mbuga zitandukanye. Ivyo vyari ibisanzwe, nta wushimwa na bose. Yamara hari ibintu vyantangaje, birambabaza, bituma nibaza nimba Abarundi tudakwiye kwisuzuma tukisubirako.
La Burundaise et l’accès à la propriété foncière : paroles aux hommes
A côté des études faites sur le sujet, un projet de loi (qui dort depuis des années dans un tiroir du Parlement) a même été proposé pour un traitement équitable des femmes et des hommes en ce qui est de […]
Les pénuries s’éternisent. Et les solutions se font toujours attendre…
C’est une triste réalité à laquelle on commence à s’habituer, la pénurie de certains biens s’installe et s’incruste durablement. Une situation qui cache mal les difficultés économiques qu’endure notre pays et cache mal notre incapacité à mettre le doigt sur […]
Kayanza : bamwe mu barongoye amasengero agiye kwugarwa bavuga ko barenganijwe
Mu ntumbero yo gushira mu ngiro ivyasabwe n’umushikiranganji w’umutekano, intwaro yo hagati mu gihugu n’iterambere rusangi vyerekeye guhana amasengero atubahiriza amategeko, musitanteri wa komine ya Kayanza Gilbert Nyandwi yerekanye, kuri uyu wa kane, amasengero 23 agiye kwugarwa n’ayandi 6 agiye […]
Ecole communautaire « La Fontaine » de Kirundo : le déclin ?
L’école communautaire La Fontaine de Kirundo a toujours été la meilleure dans toute la province. Les élèves qui y sont passés sont connus pour avoir une base scolaire solide. Mais ces dernières années, celle-ci est moins forte qu’avant. Pourquoi ? Une […]
Ce soir-là, j’ai bu ma première gorgée de bière…
Il y a de ces nuits que l’on n’oublie jamais. Une rencontre intéressante, un bon film ou encore le jour où l’on a « déconné » ou que sais-je encore. Mon soir-souvenir ? Le jour de ma première gorgée de bière…