Les messages d’amour ont fusé ce 14 février. Des mots mielleux ont coulé sans tarir et les statuts whatsapp saturés de jolies photos. Pour ma part, j’aurais bien aimé vivre un amour vintage.
Infertile, voici à quoi ressemble ma Saint-Valentin
Le 14 février, la Saint-Valentin, est un jour de joie, d’amour, et de fleurs pour les amoureux. Pour les couples mariés « sans enfants », aux prises avec la stérilité ou l’infertilité, l’amour et la romance semblent avoir volé à travers la […]
Umuti w’ishano : uri kwa muganga canke ku bavuzi b’imiti kama ?
Muri iyi misi, turamenyereye kwumva bavuga ngo umuntu kanaka “yariye canke yishwe n’ishano”. Biranashika uwugiye kwivuza kwa muganga, yabura indwara arwaye, agahitamwo kuja kurondera bamwe bavuga ko ari abavuzi b’ishano. None vy’ukuri umuti w’ishano urabaho ? Uva hehe ? Twegereye […]
Ishano : umwikekano uzodukwegera akarambaraye
Si agaseseshwa rumuri. Ikintu citwa ishano haheze igihe kitari gito kivugwa cane hano mu gisagara ca Bujumbura. Wumva hirya no hino ngo naka yararwaye araremba kandi yahawe ishano. Turetse ko ribangamira amagara y’abantu, n’imigenderanire mu kibano irononekara bivuye ku kwikekana. […]
Reconstruction du Stade Intwari: et si on avançait doucement et surement ?
Il y’a quelques jours, une vidéo en panoramique, mettant en valeur l’état d’avancement du chantier au stade Intwari circulait sur les réseaux sociaux. Dans la même foulée, la CAF a annoncé que le stade des martyrs de Kinshasa ne pourra […]
Insiguro y’amajambo amw’amwe dusanga mu mvyino z’ikirundi
Aho hambere umwigeme yarategurirwa kuzoba umukenyezi w’ibanga, akora cane, anezereza umucance wiwe ndetse akanarwiza umuryango agiye kwabirwamwo. Ivyo bakaba babicisha mu biyago canke mu mvyino zo kujana umugeni duhora twumva ari naho twakuye amajambo umwigisha Ferdinand Mberamihigo, yanonosoye imico n’imigenzo […]
Entrepreneuriat des jeunes : un manchot
On ne compte plus les rencontres entre le président de la République et les jeunes entrepreneurs. Derrière les beaux discours, un parent pauvre : la formation d’une main d’œuvre de qualité.
Toussanga ati : « Mwimenye mubike agafi, Tanganyika kigiye kwugarwa»
Mu misi iza mu kiyaga ca Tanganyika uburovyi bugiye guhagarikwa mu kiringo c’amazi atatu kandi mu bihugu vyose bisangiye ico kiyaga. Ibitaguye neza abari babeshejweho n’umwuga wo kuroba hamwe n’imiryango yabo ndetse n’abihereza agafi muri rusangi. Umve uko bavyakiriye.