Kuri bamwe, irondoka rijanye n’amagara meza ryerekeye gutandukanya imvyaro. Ku bandi na bo, ni ivyo vyose bijanye n’imibonano mpuzabitsina. Yamara, ivy’irondoka rijanye n’amagara meza biragutse cane gusumba uko dusanzwe tuvyumva. Tubirabire hamwe.