L’application d’un article concernant l’immatriculation de tous les deux-roues vient de créer une vive polémique. Tout en s’interrogeant sur la légalité et les lacunes de cette mesure, le blogueur Egide Nikiza juge que les récentes mesures d’imposition sont caractéristiques d’un […]
Économie
Ugukorera Leta ni ukwitangira abanyagihugu
Mu bisata bimwe bimwe vy’ubuzi bwa Leta, naho ababijejwe bama basemereye, haribonekeza abakozi batarangura neza amabanga baba bajejwe. Aho ni nk’abakozi batonda ku kazi batevye canke n’iyo batonze bakagakora nabi nabi. Renovat Ndikumwenayo ni we atuyagira ko ugukorera Leta ari […]
Ubukene n’indwara ikira
Mu gihe abantu benshi bugarijwe n’ubukene hirya no hino mu gihugu, mu ntara ya Gitega, hari umuti abanyagihugu bamwe bamwe bagerageje kubutorera. Uwo muti ushimikiye ku gushinga udushirahamwe duto duto maze abanywanyi bakaza baraziganya bongera baguranana hagati yabo. Gutyo rero, […]
Ingorane z’umushahara uje imbere y’igihe
Akenshi, iyo himirije iminsi mikuru irangiza umwaka, Leta n’abikorera utwabo bamwe bamwe barahemba abakozi imbere y’igihe. Birashika rero umushahara w’ukwezi kwa 12 ugasanga ushitse nko mu matariki ya 15 na 20. Ariko rero, naho abo bakozi bawakirana akanyamuneza ntangere, uvyihweje […]
Abigisha barakwiye kuronswa agashahara gashimishije
Abigisha bari mu mirwi y’abantu batuma ubuzima bw’igihugu bubandanya gutera imbere. Abo rero ni bo batanga ubumenyi maze igihugu kikaronka incabwenge zigifasha gutera imbere. Ariko rero, nk’uko ‘umukozi wese aberwa n’impembo’, agashahara kabo siko gashimishije kuko abenshi birabagora gutunga imiryango […]
Le témoignage poignant d’un jeune entrepreneur fauché par la crise
C’est l’histoire d’une association dénommée agence pour la recherche scientifique (ARS), une initiative de jeunes étudiants qui date de 2011, et qui prônait le développement durable et la lutte pour la protection de environnement. Armel Derere, initiateur du projet, partage […]
Urutete rw’ikiyobe rurarenza ifaranga !
Abatari bake ntibari bwavyiyumvireko canke n’abavyiyumviriyeko ntibashimye kubiganira n’abandi. Aho ibiciro vy’ibifungurwa bigeze muri kino gihe, ibinyantete bimwe bimwe, nk’ibiyobe, ibigori eka n’ibiharage bisigaye birenza ifaranga ku rutete ! Léon Bigoro ni we atuyagira ivyo yihweje maze asanga urutete rw’ikiyobe rurenza […]
Les Noëls de nos jours ne sont pas fameux
D’après Tanguy Irangabiye, fêter noël aujourd’hui n’a rien de commun avec les années antérieures. Les choses ont changé et le blogueur pointe du doigt la vie chère et la situation sécuritaire du pays.
Vyoba ari vyiza kubika amafaranga i muhira?
Muri kino gihe, mu Burundi, amabanki yaragwiriye co kimwe n’amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana. Ariko rero bamwe n’abandi ntibabona kumwe akamaro ko kubitsa amafaranga yabo. Niho bamwe bahava bakibwira ko ari vyiza kubika amafaranga i muhira nk’uko Désiré Sezikeye abituyagira.