Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Richard Ntakirutimana

#Muntara article comment count is: 7

Rumonge: “Umuhezagiro ku bageni usigaye uzimvye”

Par Richard Ntakirutimana le 19 avril 202219 avril 2022

Kugira  umusore n’umwigeme bashinge urugo basabwa ibitari bike. Iruhande y’uko umwe wese  aba afise inyifato ibereye,  barasabwa n’amafaranga  kugira bashobore gutegura urubanza ariko kandi bagure n’ibikoresho vya nkenerwa bija mu nzu. Ivyo vyose  umusore Eric* w’imyaka 33 yarabikwije, eka na […]

#Muntara article comment count is: 1

Intahe : “Nafashijwe n’umunyamahanga mpemukirwa n’incuti yo mu muryango”

Par Richard Ntakirutimana le 24 mars 2022

Vyoba birashika mukibaza ko mworokorwa n’umunyamahanga, murundi, yamara mugahemukirwa n’uwo mu muryango mbere musangiye n’amaraso ? Iyi ntahe ya Niyubuntu*, umusore wo mu Rumonge  yagiye kurondera ubuzima mu gihugu ca Zambiya iravyerekana.  

#UrwarukaRushoboye article comment count is: 0

Ubuzima bwaranse muri Zambiya, mugabo mu Burundi aribeshejeho

Par Richard Ntakirutimana le 1 novembre 20218 novembre 2021

Urwaruka rurangije amashure canke rwayaciriye hagati rwo mu ntara ya Rumonge ruraja kwisumamwo mu bihugu vyo muri aka karere. Naho hari abagira amahirwe bakaharonka amasumiro, abahagorerwa ntibabuze. Léonidas Ndayipfukamiye afise imyaka 24, akaba ari imvukira ya Makamba. Atunzwe n’ugukora amapikipiki […]

Voir plus d’articles
  • #Kabu16
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Carnet de voyage
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Éditorial
  • Education
  • Justice
  • Méthode Yaga
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Opinion
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Sécurité
  • Société
  • Spécial 10 ans de Yaga
  • Sport
  • Synergie des médias
  • Une journée/nuit avec…
  • Une lettre à …
  • Urukundo
  • Vivre avec…
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
Suivez-nous f t y i
© 2025 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus