Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Chancelle Bamuhaye

Blogueuse du collectif Yaga

Pas assez de femmes à la radio ? On vous explique
Société article comment count is: 1

Pas assez de femmes à la radio ? On vous explique

Par Chancelle Bamuhaye le 10 juillet 2020

La radio reste le réseau informatif le plus prisé par la population burundaise surtout en milieu rural. Cela en raison de son accessibilité et de son utilisation qui ne nécessitent en aucun cas un branchement électrique. Toutefois, le genre féminin […]

Ngo: “abatwa n’ishure vyaguye kubiri”, ni ukubesha!
Société article comment count is: 3

Ngo: “abatwa n’ishure vyaguye kubiri”, ni ukubesha!

Par Chancelle Bamuhaye le 13 mai 202013 mai 2020

Abavuga ko abantu bo mu bwoko bw’abatwa badakunda ishure, bakabaremeka ayo  bashatse yose, barihenda cane. Nzoyisenga Joantine, aba mu kigwati c’abatwa ca Busekera, kiri ku nkengera y’ishamba rya Kibira mu ntara ya Muramvya, arahinyuza ivyo ubwoko bwiwe bwagirizwa. Aradushingira intahe, […]

Société article comment count is: 2

Kadogo, grandir avant l’âge

Par Chancelle Bamuhaye le 13 juin 201813 juin 2018

On observe dans la ville de Bujumbura et dans d’autres centres urbains du Burundi le phénomène des travailleurs mineurs dits Kadogo. Ils ont entre 10 et 15 ans et font des travaux qui, souvent, dépassent leur capacité physique. Et tout […]

Société article comment count is: 1

Ibiyovyabwenge : « Ntore yarahevye ishure, asigaye ari umugwayi wo mu mutwe »

Par Chancelle Bamuhaye le 4 avril 2018

Tumaze imisi twumva canke tubona urwaruka rwononekara kugeza no ku bugwayi bwo mu mutwe, biturutse ku biyovyabwenge ruba rwihereje. Afatiye ku karorero k’umugenzi wiwe Ntore, Bamuhaye Chancelle aratwiganira ingene ivyo biyayuramutwe bigisibije mu rwaruka.

Société article comment count is: 1

Je suis Umutwakazi, pauvre et stigmatisée

Par Chancelle Bamuhaye le 15 novembre 201716 novembre 2017

Les « Batwa » constituent la troisième ethnie reconnue au Burundi, et sont associés au peuple pygmée d’Afrique. Moquée, marginalisée, oubliée, la grande partie de cette communauté vit dans une extrême misère, matérielle comme psychologique.  La blogueuse Chancelle Bamuhaye a rencontré Ndaruzaniye, […]

Société article comment count is: 1

Akigoro kabaye kuri Jonathan Rukundo karacakenewe

Par Chancelle Bamuhaye le 5 octobre 20175 octobre 2017

Ikibondo Jonathan Rukundo giheruka kuva mu bitaro, carihiwe amafaranga atari make, ayo nayo akaba yabonetse ku kamo katewe n’urwaruka rutandukanye. Runo rwabicishije mu nzira nyinshi kugira ubwo buryo buboneke. Bamuhaye Chancelle ati: “ako kigoro hariho n’abandi bana bagakeneye”.

Société article comment count is: 1

Gusubiza ba « mayibobo » mu miryango yabo : Inama yosumba ingimba

Par Chancelle Bamuhaye le 29 août 2017

Haraciye ikiringo kingana hafi umwaka, umukuru w’igihugu atanze itegeko kuri ba buramatari bose ko mu mezi atandatu, ata mwana yiyerereza mu mabarabara y’ibisagara yoba acibonekeza. Ariko, iyo ngingo nta kintu na kimwe yahinduye. Bamuhaye Chancelle ati « uburyo bwakoreshejwe si bwo […]

Société article comment count is: 1

Grandes vacances : cette jeunesse qui sort du lot

Par Chancelle Bamuhaye le 9 août 2017

Considérée parfois par certains élèves comme la période de repos, de loisirs ou de tous les excès, la période estivale voient aussi naître certaines initiatives louables. La blogueuse Chancelle Bamuhaye nous fait découvrir Joe Carmine Bizumuremyi et son activité pour […]

Société article comment count is: 0

Harakenewe amategeko ahana abakoresha abana bato

Par Chancelle Bamuhaye le 30 mai 2017

Hari abantu bakoresha abana bakiri bato cane ibikorwa bibarengeye. Ivyo biranyuranye n’amategeko mpuzamakungu akingira agateka k’abana, ndetse n’ayagenga akazi n’abakozi. Bamuhaye Chancelle yarabigendereje asanga abo bana bahura n’ingorane nyinshi, ni ko kubatabariza ati “ni habe amategeko ahana abazibakwegeramwo”.

Voir plus d’articles
  • #IsiYacu
  • #Kabu16
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Carnet de voyage
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Éditorial
  • Education
  • Justice
  • Méthode Yaga
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Opinion
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Sécurité
  • Société
  • Spécial 10 ans de Yaga
  • Sport
  • Synergie des médias
  • Une journée/nuit avec…
  • Une lettre à …
  • Urukundo
  • Vivre avec…
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
Suivez-nous f t y i
© 2025 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus