Ubuyobozi bw’igisagara bugifata ingingo yo kubuza amapikipiki gushika hagati mu gisagara ca Bujumbura vyarumvikana cane kuko vyari bivuye ku mvo z’umutekano muke waharangwa. Yamara rero ubu izo mvo ntizikiriho ariko iyo ingingo iracakurikizwa. Muti biva kuki none ? Twaregereye inzego zibijejwe. […]
Transport
Bujumbura: uburyo butatu twokwirinda kwibwa n’abagendera kw’ipikipiki
Mu gisagara ca Bujumbura, biramaze kumenyerwa ko kizira ko ya mapikipiki aca amahera mu kwunguruza abantu arengana ibiraro, ngo yinjire hagati mu gisagara. Naho biri uko, iyo ngingo ntikurikizwa na bose. Hari n’abikinga ijoro kugira bakore ubusuma uretse ko hari […]
Amapikipiki mu gisagara ca Bujumbura : agakete ku mukuru w’igisagara
Haraciye hafi imyaka ibiri n’amezi atanu amapikipiki abujijwe gushika muri Komine Mukaza y’igisagara ca Bujumbura ku ngingo yafashwe n’ibiro vy’umukuru w’igisagara n’umurwi w’igihugu ujejwe umutekano. Ababa muri iyo komine baragira ingorane zo kwiyunguruza cane nk’uko biri muri iri baruwa umwenegihugu […]
Amapikipiki muri Bujumbura : ubusuma, ukutarenga ibiraro, ibibazo nkoramutima
Ingorane Uburundi bwaciyemwo mu mwaka w’2015 zatumye ibitatri bike bihinduka mu buzima bw’igihugu, na cane cane mu gisagara ca Bujumbura. Kimwe muri ivyo vyahindutse ni uruja n’uruza rw’amapikipiki biturutse ku mutekano muke warangwa mu gisagara ca Bujumbura. Muri ico gihe […]
Transport en commun à Bujumbura : « Marre de nos bus zombies »
Prendre le bus à Bujumbura n’est pas une partie de plaisir. Oublions les files, la monnnaie de rechange qui manque à chaque fois et intéressons-nous à l’état même de ces véhicules : vieux, inconfortables, roulant à peine. Une torture pour les […]
Trois habitudes du Burundais jugés anodins mais en réalité dangereux
Dans leur mode de vie, certains Burundais adoptent des habitudes et de petits comportements susceptibles de nuire à leur santé mais également à celle de leur entourage, ou à l’environnement. Le blogueur Yvan Ndabemeye, aspirant médecin, nous en parle.
À Bujumbura, conduire comme on va à la guerre
Ignorance du code de la route, convois officiels roulant à tombeau ouvert, chauffards, conducteurs éméchés, non-respect des feux de signalisation… emprunter les routes de Bujumbura serait devenu un combat de survie dans une jungle impitoyable , comme le résume le blogueur […]
Prendre le bus à Buja : « Et mes 20 francs alors ? »
Le coût des transports en communs a été revu à la hausse à Bujumbura, de 350 à 380 FBU. Cette hausse qui peut sembler insignifiante pour quelques nantis provoque désespoir et résignation chez les moins aisés. Et comme un malheur […]
Aéroport de Bujumbura, domaine sécurisé vous dites ?
La corruption. Un mal qui gangrène la société burundaise, mais pas au point de mettre en jeu la vie de centaines de gens ou l’image de tout un pays, vous direz-vous. Pourtant, l’aventure de notre blogueur Jean Ndikumana (pseudo) va […]