Dans les quartiers comme Nyamugari, Magarama et Yoba de la nouvelle capitale politique du Burundi, l’héroïne coupée connue sous le nom de «boost» est en vogue chez les jeunes. Avec toutes les conséquences qui suivent.
#BurundiSansBoost
#Boost: bamwe barahona abandi bakavyungukiramwo
Mu Burundi, ikiyovyabwenge Boost ntikiri ikinyegezwa. Turetse ko abahinga badasiba kugabisha ku ngaruka mbi z’ico kiyayuramutwe, abacihereza baguma bongerekana; kanatsinda ntibibagora kukironka. Uwahoze afata ico kiyayuramutwe akanakidandaza arabituyagira.
#Boost: intuntu n’agahinda vy’imiryango y’abacihereza
Bama bariko baravuga abiziziwe n’ibiyovyabwenge ariko bakibagira n’ukuvuga uwundi muce w’abantu ugeramiwe : imiryango irimwo abanywa ikiyayuramutwe bita boost. Mu kangaratete no mu mwiheburo mwinshi, iyo miryango yaraganiriye n’umwanditsi w’urubuga Yaga.
#Boost: abajejwe intwaro babivugako iki ?
Haraheze igihe gito inzego zimwe zimwe za Leta zitanguye kubona ko ikiyovyabwenge “Boost” giteye isibe kandi bitagikunda ko cirengagizwa. Inyishu zimwe zimwe zaratowe, ariko impinga iracari ndende
Uwiziziwe na « Boost » yoshobora kuvurwa ?
Ukwizizirwa n’ikiyovyabwenge ca boost bifise ingaruka nyinshi ku bacihereza. N’ubwo bene kukinywa babizi, basanga badashoboye kugiheba ubwabo. None bokurikiranwa gute?
« Boost » n’iki ? Yaje ryari ? Ingaruka n’izahe ?
« Boost » ni ikiyayuramutwe kiriko kirakwiragira cane mu gihugu. Gikozwe mu ruvange rw’ubumara bwa heroyine n’ibindi. Muti ariko none « boost » ni iki mu vy’ukuri? Ico kiyayuramutwe cibonekeje ryari mu Burundi ?
« Naratembereye aho banywera ikiyayuramutwe Boost : birateye agahinda »
Twisunze icegeranyo c’ishirahamwe ryishinze kurwanya umugera wa Sida n’ukugabanya amabi aterwa n’ibiyayuramutwe bitera bakoresheje inshinge, ibibanza bihererezamwo udutu twa eroyine bita Boost vyoba bishika 12 mu gisagara ca Bujumbura. Ku bwa Richard Nininahazwe, umuhuzabikorwa mw’ishirahamwe ry’abahoze banywa ibiyayuramutwe (BAPUD), ico […]
#Boost : inzira y’amahonero !
Ico kiyayuramutwe gikaze co mu bwoko bwa « heroyine » kiragisibije mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’ibindi bisagara vyo ku mirwa mikuru y’intara z’Uburundi. Abajejwe intwaro baratanguye bukebuke gutahura ko ari ikiza kigeramiye amagara y’abantu. Mu rukurikirane rw’inkuru zitandukanye, YAGA igiye kwitwararika […]
#Boost : qu’en pense l’administration ?
Depuis quelque temps, certaines institutions étatiques se sont rendu compte que le boost constitue un danger qu’il n’est plus possible d’ignorer. Des réponses sont apportées, mais elles sont encore insuffisantes.