Guhimbaza umusi mukuru w’ukwikukira kw’Uburundi ku ncuro ya 57 bizanye bishasha. Muri ivyo, harimwo uguhindura amazina y’amabarabara n’ibibanza bimwe bimwe hamwe n’inyubakwa rusangi. Ndetse ko ico gikorwa gikwiye kwisunga ingendo yo kunywanisha Abarundi, twibuke n’izindi ntore zagize ico zimarira igihugu.
« Burundi bwacu » : ibintu bitatu mutari muzi kur’urwo ruririmbo
Ni ryari ururirimbo « Burundi bwacu » rwasamirana ubwa mbere ? Amajambo yaririmbwe umusi wo kwikukira yoba ari yo rufise uno musi canke yoba yarahinduwe ? Ni nde yarwanditse ? Mbega Uburundi bwoba bwari bufise ururirimbo rubuhayagiza imbere y’uko bwikukira ?
« Premier ministre » : un peu d’histoire sur une fonction qui reprend du galon
À l’issue des élections de 2020, au lieu d’un président assisté de deux vice-présidents auquel les Burundais étaient habitués, l’exécutif sera caractérisé par un système bicéphale : le président et le Premier ministre. Retour sur l’histoire d’une fonction réinstaurée plus […]
Ce qu’il faut savoir du « Vuga Festival »
Pour les amoureux de la poésie, « le festival Vuga » est un grand moment de jubilation, de rencontre et de découverte. Une occasion unique d’être en contact direct avec les artistes de renom national et international. C’est ce qui […]
Les Hirondelles ont perdu la coupe, mais pas leurs fans
Depuis sa qualification à la Coupe d’Afrique des Nations 2019, l’équipe nationale burundaise n’a cessé de créer l’effervescence, d’abord chez les amateurs du ballon rond, puis, étonnamment même ceux qui ne s’intéressaient pas au foot auparavant.
Uburundi muri #CAN2019: kurya kw’inka ikamwa ico yariye
Uburundi bwaraye bukuye meza mu mahiganwa y’igikombe ca Afurika kiriko kibera mu Misiri, ata n’inota na rimwe buronse. Birababaje. Ariko, ntibitangaje; kuko bifise ico vyavuyeko.
« Vuga festival » : au-delà du slam
Depuis quelques semaines déjà à Bujumbura, le mot « vuga » a interpellé les plus curieux. Il n’avait jamais été autant employé en une si courte période. « Vuga », un mot qui nous a tous mis inévitablement en mode […]
Paludisme au Burundi : ennemi invincible ?
Après l’épidémie de 2017, la recrudescence du paludisme refait encore surface au Burundi. Malgré les efforts de distribution des moustiquaires imprégnées d’insecticides, des pulvérisations intra domiciliaires et la gratuité de certains antipaludéens, il y a lieu de se questionner. À […]