Nous sommes déjà au milieu de juillet pour ne pas dire de l’été et plusieurs événements festifs s’annoncent à l’horizon. Voici un petit résumé des événements déjà prévus pour ce mois de juillet à Bujumbura.
Société
Amapikipiki muri Bujumbura : ubusuma, ukutarenga ibiraro, ibibazo nkoramutima
Ingorane Uburundi bwaciyemwo mu mwaka w’2015 zatumye ibitatri bike bihinduka mu buzima bw’igihugu, na cane cane mu gisagara ca Bujumbura. Kimwe muri ivyo vyahindutse ni uruja n’uruza rw’amapikipiki biturutse ku mutekano muke warangwa mu gisagara ca Bujumbura. Muri ico gihe […]
La ponctualité dans le service public ? Faut pas rêver !
Les Burundais se sont malheureusement forgés une réputation de retardataires. Si cela reste tolérable pour les fêtes et autres événements, quand ce manque de ponctualité est projeté à l’échelle des services publics de tout un pays, le résultat est inquiétant.
Affaire Miss Burundi : les vraies raisons des démissions
Dans l’après-midi du mardi 3 juillet 2018 circulait sur les réseaux sociaux un message annonçant aux candidates de Miss Burundi édition 2018 la démission de l’équipe chargée d’organisation. Quelques jours plus tard, 16 candidates démissionnent à leur tour, dénonçant des […]
30 ans, divorcée et paria
L’éducation de la jeune femme burundaise repose entre autres sur ceci: être vierge jusqu’au jour J, attendre son prince charmant, se marier et le rester quel qu’en soient les circonstances. Nos parents et plus particulièrement nos mères, nous répètent inlassablement […]
Réfugiés burundais : le retour et ses défis
Fin mars 2018, un accord tripartite a été signé entre le Burundi, la Tanzanie et le Haut-Commissariat des Nations Unies pour les Réfugiés (HCR) pour faciliter le rapatriement des Burundais exilés sur le territoire tanzanien. Bien avant cet accord, d’autres […]
Burya hari umufundi yubahiriza isango ?
Mu Burundi, abatari bake baramaze kumenyera ko ata mufundi avugisha ukuri, na cane cane ku bijanye n’ukwubahiriza isango. Igiteye ubwoba ni uko ako kamenyero kabi gashobora kuja mu mico n’imigenzo vy’abarundi. Iradukunda Laude Ersine Complis ariyamiriza iyo ngendo mbi y’abo […]
Burundi : agateka k’abana bapfunganywe n’abavyeyi ntikitaweho
Abana bavukira canke bagakurira mu mabohero barababara cane. Uretse ko bazira ivyaha batakoze, nta n’uwubitaho. Mu minsi iheze twarumvise ibijanye n’ubuzima bwa Mugisha ariko rero hariho n’abandi nk’ukwo Landry B. Mugisha abituyagira.
Rumonge : ibintu bibiri bibangamiye ibidukikije
Mu ntara ya Rumonge, ukwenga amavuta y’ibigazi hamwe no kwimba amabuye mu nzuzi zisuka mu kiyaga Tanganyika birabangamiye ibidukikije. Hamwe rero ata cokorwa, ingaruka zishobora gukora ku Barundi benshi. Naho rero ivyiyumviro n’imbigambi kucokorwa bihari, ivyo ntibihagije nk’ukwo Ndayisenga Pascal […]