Tous les articles par Pascal Ndayisenga

Rumonge : ingingo izotuma icamwa ca mandarena kizimangana

Mu gihe haheze imyaka yababa itatu, mu Burundi hasohotse ingingo ibuza gushora ibifungurwa bimwe bimwe hanze y’igihugu, bamwe mu bakomerekejwe n’iyo ngingo ni abarimyi n’abadandaza b’icamwa c’umucungwe wo mu bwoko bwa mandarena, mu ntara ya Rumonge. Ndayisenga Pascal aratwiganira uko ibintu vyifashe.   Lire plus Rumonge : ingingo izotuma icamwa ca mandarena kizimangana

Gitega : umwigisha yateye inda umunyeshure wiwe, mu nyuma arondera kumwicisha umupanga

Hari umwigisha wo kw’ishure shingiro rimwe ryo mu ntara ya Gitega yagirizwa gutera imbanyi umunyeshure yigisha ; bimaze kumenyekana, uwo mwigisha aca ahitamwo kumwica amutemesheje umupanga. Ndayisenga Pascal aratwiganira ido n’ido ry’iyo nkuru. Lire plus Gitega : umwigisha yateye inda umunyeshure wiwe, mu nyuma arondera kumwicisha umupanga

voir plus d'articles D