Une tournée des bars de la capitale économique suffit pour se faire une idée de la cartographie-type des soirées très arrosées des jeunes de Bujumbura. Mais que dépensent-ils ? Dans quels bars ? Quels jours de la semaine ? On […]
#ZaNzoga
Mike ou le frimeur qui valait 11 millions…de dettes
Singer la haute société de Bujumbura n’est pas chose facile. Hanter tous les bars huppés de la ville pour impressionner la galerie, voilà qui est un fantasme pour beaucoup. Jusqu’à ce que vienne le moment de payer la facture. Celle […]
Focus sur le Bujumbura de la démesure
C’est quoi donc cette tendance à l’excès chez certains jeunes citadins? Alcoolisme, escroqueries, manipulations, dettes colossales, ils n’hésitent pas à flirter avec le vice pour s’offrir un train de vie de rêve. Quitte à sacrifier sa vie de famille ou […]
“Agasibe kavurwa n’irindi rengwe”: banguha !
Vyama vyashitse umuntu akihereza “kamoya”, maze mu gatondo akazinduka umutwe wacitse urujo, mu kanwa humye n’utuguvu twagiye. Muri ico gihe, bakunze kuvuga ko ahubwo uca usukayo irindi kugira ukire. Uko kukaba ari ukwihenda cane nk’uko ubushakashatsi bwavyerekanye.
L’alcool, une épine dans le pied d’un jeune couple
Depuis la nuit des temps, l’alcool occupe une grande place dans la société burundaise. Pour certains, ça relaxe, pour d’autres, il désinhibe et permet aux gens de s’amuser. Mais cela n’empêche pas les couples de subir les conséquences liées à […]
Inzoga zikaze: umve uko zigeramiye benshi mu kayombekero
Vodoka, Kiki (Kick), Karibu, Hozagara…, izo zose ni inzoga zikaze cane usanga mu mabutike menshi haba mu bisagara canke hagati mu gihugu. Benshi bavuga ko batangura bumviriza bukebuke ariko umaze kuzimenyera, ubuzima bugenda buyonga bukebuke, amagara agatangura gusinzikara. Hari n’abo […]
“Uwanyoye ni we anywa”: kubera iki urukanywa rutera inyota ?
Iyo umuntu yasomye bihagije, hari aho bishika akumva umubiri umusaba amazi cane. Nk’iyo yanyoye irengwe mw’ijoro naho na canecane akaribabaza, mu gitondo anywa amazi nk’uwariye igikona. None vyoba biva kuki? Umuco.
“Akayeri ni umuti w’ububabare mu butinyanka”: ntimuhendwe !
Ntihabuze abamaze kubibwirwa kandi bakanavyemera. Ko umwigeme aja mu butinyanka akababara cane afashe akayeri kagabanya ububabare. Ababibwirwa bovyemera bageguza kuko agahiriye umwe kadahira n’uwundi. Kira noneho, akayeri ntigakiza na gato. Vyose ni mu mutwe nk’uko uwu mwanditsi avyigana.
“Mu zambiye nta sukari irimwo”: ntimuje narwo !
Abantu benshi bihereza inzoga zambiye biyumvira ko ata sukari irimwo. Ni naho bakunze gutera ubwoba abanywa amafanta bababwira ko amagara yabo ashobora kubangamirwa kubera ifanta irimwo isukari. Ukwo kukaba ari ukwihenda cane nk’uko uyu mwanditsi abiducira ku mayange mu ntahe […]