Kuri bamwe kunywa inzoga ni kugira winezereze. Ku bandi ni kugira uje mu bandi, kuba umugabo, guteramana n’abo mungana, eka n’ibindi. Akenshi, ivyo kunywa abantu babijamwo bisumbuye gato, nk’iyo bari canke begereje ubuyabaga. Kuri Raoul wo mu ntara ya Rumonge […]
#ZaNzoga
Tuyite amabi ashingiye ku kunyweshwa inzoga ku nguvu ?
Ibituma abantu batangura kunywa inzoga zambiye ni vyinshi kandi biratandukanye bivanye n’umuntu. Ariko muri vyo hari ibibabaza gusumba ibindi. Nk’igihe usanga utabishaka ariko ukagodonzwa ku mvo zitakuvuyeko, birababaza cane nk’uko aba banyakayanza babitwiganiye.