Mu gihe ururimi n’imico vy’igishinwa biriko vyigishwa mu Burundi, abashinwa bavyigisha barasaba abarundi bavyiga guhindura amazina yabo bakitwa ayandi mashasha y’igishinwa. Rivardo Niyonizigiye arashima ko abarundi bokwiga urwo rurimi n’imico vy’igishinwa ariko akanegura ingendo yo gutegeka umuntu guhindura izina kandi […]
Culture
“Pas touche au tambour ! Paie la dot alors! ”
La blogueuse Joëlle Sayubu met les Burundais face à leurs responsabilités : lâcher un peu sur certaines pratiques de la culture pour avancer. Pari difficile mais pas impossible à gagner, explique la jeune bloggeuse.
Une femme non mariée a droit de mettre au monde!
On aime souvent le dire, « Tout change, tout évolue »! C’est une observation que la bloggeuse Inès Ininahazwe nous partage. Elle a observé la culture burundaise vis-à-vis de la femme et trouve que la femme devrait pleinement jouir de ses droits […]
Un Festival au Burundi sans les burundais!
“Le cinéma en tant que rêve, le cinéma en tant que musique. Aucun art ne traverse, comme le cinéma, directement notre conscience diurne pour toucher à nos sentiments, au fond de la chambre crépusculaire de notre âme.” C’est par ces […]
Les smileys ou la pure hypocrisie!
Au 21ème siècle, la technologie a beaucoup évolué. Le blogueur Franck Nziza nous propose un billet sur le « smiley », l’avatar de la génération connectée.
Duteze imbere abavuza imiti y’ikirundi
Mu Burundi, mu gihe abatari bake bacitiranya abavuzi bakoresha imiti y’ikirundi hamwe n’abapfumu mbere ugasanga bamwe barabigiriyemwo n’ingorane, Renovat Ndikumwenayo aratubwira ko abo bavuza imiti y’ikirundi atari abapfumu canke abafyitirizi bakunze guhenda abantu ngo baravura indwara z’ikirundi. Muri abo bavuza […]
Dukunde kandi duteze imbere ururimi rwacu
Abarundi barayamaze ngo “Uwutaye akaranga aba ataye ibanga”. N’iyo uhevye ururimi kavukire ntaho biba bitandukaniye no guta akaranga. Prosper Niyonkuru aratuyagira uko abarundi atari bake bifata mu kuvuga ikirundi ugereranije n’izindi ndimi.
Kwubaka birashoboka naho twoba tutagira uburyo bwinshi
Mu gihe muri ino minsi hibonekeza ukubura akazi ku rwaruka ruhejeje amashure, abatari bake biranabagirako ingaruka mbi mu bijanye n’imibano. Renovat Ndikumwenayo aravyihweza agasanga benshi mu bakiri bato badafise akazi badashobora no kwubaka izabo nk’uko abituyagira.
Nour et Acit, des modèles pour la mode à Gitega
Ailleurs, la mode est une puissante industrie presque au même titre que le cinéma. Au Burundi, elle émerge timidement mais sûrement. Rencontre avec deux jeunes créateurs, Nour et Acit, qui évoluent au centre du pays, à Gitega.