Après avoir lu “Petit pays” de Gaël Faye, la blogueuse Gratia Ancilla Ndikumana fait un constat: le Burundi compte des milliers de Gaby, le personnage principal du Roman. Témoignage.
Culture
Kwambara imiringa ku maguru mu Burundi
Abarundi batari bake baramaze kubona abigeme n’abapfasoni bambaye imiringa canke utuyeye ku maguru. Uwo mugirwa biravugwa ko wamyeho mu Burundi, aho n’abakera bambara inyerere ku maguru. Ariko rero, muri kino gihe, abantu ntibabibona kumwe kuko hariho ababiha iyindi nsiguro ugasanga, […]
Inkomoko ya « kira ngeni » no « kugwa mu gahundwe »
Mu mvugo ya minsi yose, hari amajambo canke imvugo zigoye gutahura. Ni naho hahera kuvuga ururimi nabi, maze ugasanga abantu bamwe bamwe ntibariko bavuga ibintu ukwo vyategerezwa. Akarorero ni nko ku bantu bavuga ngo « gira ngeni » aho kuvuga « kira ngeni ». […]
La semaine en images
Le DJ happy hour et le « Tanganyika Sprint Rallye » ont eu un invité surprise : la pluie. Seule la compétition interuniversitaire organisée par l’organisation internationale non gouvernementale Student For Liberty (SFL) a pu échapper à l’averse. Malgré tout, le public […]
Ubugeni bwo mu bihe vya none
Ugishinga umuryango n’ibanga rikomeye, haba ku muhungu canke ku mwigeme. Kera, iryo banga ryaritonderwa, rigategurwa umwanya ukwiye. Aho rero niho umuhungu yitora akaresha umukobwa hanyuma bagapfundika kwubakana. Ariko rero, ubugenzi bwo mu bihe vya none busigaye butangaje kuko, haba mu […]
Kubana bidaciye mu mategeko mu kiyaya c’Imbo
Mu Burundi, turamenyereye kwumva ingeso yo kubana canke kwirukana umugore bidaciye mu mategeko. Ariko rero, hari intara zimwe zimwe z’igihugu vyibonekezamwo kuruta izindi. Vincianne Nizigiyimana aratuyagira ukwo iyo ngeso yimonogoje mu kiyaya c’Imbo.
La semaine burundaise en images
Certains diront que les temps forts qui ont marqué la semaine du 17 au 23 octobre étaient un heureux hasard. En effet, dans un seul week-end (de trois jours, tenez bien !), on a eu droit à une commémoration, un dépistage […]
À la poursuite de mon rêve
Au Burundi, les artistes semblent être des citoyens de seconde zone. Pourtant, beaucoup de jeunes rêvent du jour où ils pourront vivre de leurs talents. La blogueuse Laude Ersine Complis Iradukunda s’est entretenue avec Laura Sheïlla Inangoma, une jeune actrice […]
#BurundiCrisis : mon rêve vola en éclats
Contrainte de quitter le pays à cause de la crise, la bloggeuse Bella Monia Inakanyambo partage sa douleur, rend hommage à tous ceux qui ont subi le même sort et qui se sont retrouvés sur une terre inconnue.