Amategeko y’Uburundi arategekanya ibihano bitandukanye bihabwa uwakoze icaha. Kimwe muri ivyo bihano ni ibikorwa vy’inyungu rusangi bishobora guhabwa abagiriwe n’ivyaha bitarenza imyaka itanu y’umunyororo. Ariko ico gihano ntigikoreshwa cane kandi gishobora gutuma ibitigiri vy’abanyororo bari mu mabohero bigabanuka. No mw’ibohero […]
Phénias Ndayishimiye
Guhagarika uburovyi muri Tanganyika: twibukanye inyanduruko y’iyo ngingo
Nk’uko vyavuye mu mazerano ibihugu bikikije ikiyaga Tanganyika vyagiraniye, igenekerezo rya 15 Rusama 2023, ni ryo sango ntarengwa ryo guhagarika uburovyi muri ico kiyaga. Naho kuri uyu wa mbere batari bwahagariko nk’uko umwanditsi abitwiganira, aratwibutsa icatumye iyo ngingo ifatwa n’ibiyiherekeza.