Biravugwa ko « ugupfubura » vyoba biri mu bitunze imisore itari mike aha mu gisagara ca Bujumbura. Ata guca irya n’ino, nta woreka kwibaza nimba uwo mwuga ubaho, abawukora n’imvo zituma iyo misore y’imisonga ihitamwo umwuga nk’uwo. Twaraganiriye na bamwe muri […]
Kikie Umuragwa
Kaminuza y’Uburundi: «Narakubiswe ndashaya, ndanapfungwa ntazi ico nzira»
Mu vyivugo vyayo, Kaminuza y’Uburundi iti: “turi ikigega c’ubumenyi, urumuri rumurikira igihugu mu majambere.” Ariko, hari inyifato za bamwe mu banyeshure bayo zigaragaza ibitandukanye n’iyo ndoto. Kandi ugasanga na bamwe mu ndongozi bazifisemwo uruhara. Inkuru z’abanyeshure basinzikariza ubuzima abandi mw’ijoro, […]
Kaminuza : gutwara 1000 umunyeshure, ni nko gutwara umuliyoni umugwizatunga
Mu mwaka w’2017, twarababwiye ubuzima umunyeshure abayemwo mu bigo vya kaminuza y’Uburundi, ku gafashanyo k’9000 gusa vy’amafaranga y’amarundi. Ku wuba atararonka uburaro muri ivyo bigo, aronswa agafashanyo k’30 000. Ubu rero ayo mahera yagabanutse. Inkurikizi.