Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Hope Mukunzi

Intahe : “Hagati y’umukunzi n’ubusugi ntakaze iki ?”
Vie de couple article comment count is: 14

Intahe : “Hagati y’umukunzi n’ubusugi ntakaze iki ?”

Par Hope Mukunzi le 30 mars 2021

Si imisi yose abakundanye bama bahuza. Ukudahuza mu rukundo ni ikintu gikuba nk’imvura. Nk’akarorero, ni iyo hageze ivy’uko umwe mu bakundanye ashaka kugira imibonano mpuzabitsina uwundi na we yafashe ingingo yo kurindira gushika yubatse. Biba amananiza nk’uko  vyashikiye Gloria* na […]

Mpebe ubusugi bwanje canke mpebwe n’uwo dukundana?
Sexe et santé article comment count is: 0

Mpebe ubusugi bwanje canke mpebwe n’uwo dukundana?

Par Hope Mukunzi le 12 décembre 202018 mai 2021

Mu buzi butandukanye hano mu gihugu cacu, hari abakenyezi bafatwa ku nguvu n’abakoresha babo, maze bakabigira ibanga. Joy* vyaramushikiye, none aricuza kubona atashengeje uwabimukoreye. Intahe yiwe hano.  

«Naranguye amabanga mpuzabitsina “bunyamaswa” none umugore ntakinyerekwa » : intahe
Vie de couple article comment count is: 9

«Naranguye amabanga mpuzabitsina “bunyamaswa” none umugore ntakinyerekwa » : intahe

Par Hope Mukunzi le 19 octobre 202019 octobre 2020

Amabanga y’abubatse ntiyama ari isoko rivomera ubumwe n’urukundo, na canecane iyo abayaranguye bavyifashemwo nabi. Divin*yabuze imbwa n’imbwebwe, akemeza ko icari kuzigama urukundo rwiwe na Carlene ari co caruhungabanije, kandi bimuvuyeko. Intahe.

Ibanga ry’abubatse: “umugabo wanje ntaco agishoboye; ngire nte?”
Vie de couple article comment count is: 3

Ibanga ry’abubatse: “umugabo wanje ntaco agishoboye; ngire nte?”

Par Hope Mukunzi le 6 août 20206 août 2020

Ibanga ry’abubatse hagati y’abashinze umuryango ni “karahara mu ruganda, ntibacura”. Alice*, umukenyezi w’imyaka 29, yabonye umugabo wiwe agira isanganya, afatwa n’ubumuga, ntiyaba agishobora kurangura amabanga y’abubatse. Ubu rero ngo ivy’urugo biramunaniye. 

Ingene ivyo gusenga vyavuyemwo ivyo kuryamana : intahe
C'est compliqué article comment count is: 27

Ingene ivyo gusenga vyavuyemwo ivyo kuryamana : intahe

Par Hope Mukunzi le 18 mai 202018 mai 2021

Umuntu agira abagenzi bivanye n’ivyo ahurirako n’abandi : ishure, akazi, ishengero n’ibindi. Ubwo bugenzi, iyo bubaye hagati y’abadasangiye ibitsina, vyoba vyiza buhawe intumbero hakiri kare. Bitabaye uko, imbere nta wumenya ikiri buvemwo. Muri ino nkuru ya Aimé*, intahe y’amaganya yasubiriye intahe […]

Voir plus d’articles
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Carnet de voyage
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Education
  • Justice
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Société
  • Sport
  • Synergie des médias
  • Une journée/nuit avec…
  • Une lettre à …
  • Urukundo
  • Vivre avec…
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
  • Charte
  • On en parle
  • Contactez-nous
Suivez-nous f t y i
© 2023 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus