Mu misi iza mu kiyaga ca Tanganyika uburovyi bugiye guhagarikwa mu kiringo c’amazi atatu kandi mu bihugu vyose bisangiye ico kiyaga. Ibitaguye neza abari babeshejweho n’umwuga wo kuroba hamwe n’imiryango yabo ndetse n’abihereza agafi muri rusangi. Umve uko bavyakiriye.