Akaranga

Culture article comment count is: 7

Inkwano: Yovaho canke yogumaho?

Mu gihe mu Burundi hamye umuco wo gukengurukira umuryango w’umwigeme agiye kwubaka urwiwe, ubu ibintu bisa n’ibiriko birahinduka. Abatari bake ntibakibona ko inkwano yoshimikirwako cane ku bashaka kwubakana. Spageon Ngabo araducira ku mayange kuri bimwe mu vyo abakoresha urubuga rwa […]

Culture article comment count is: 0

Twirinde abafyitirizi

Mu gihe abarundi benshi bacirukira abavuzi b’ikirundi benshi bazi kw’izina rya rumenyi canke abafyitirizi, Rénovat Ndikumwenayo we abona ko nyabuna bari bakwiye kwijukira kwivuriza kwa muganga bakoresheje ka gakarata CAM Leta ihimiriza abanyagihugu kwivurizako.