Analyse article comment count is: 0

Uburundi nipfuza

Kenshi na kenshi iyo hagize igihuza abantu, barahanahana ivyiyumviro, eka mbere bakanigishanya. Ivyo biri muri bimwe Désiré Sezikeye atuyagira ahereye ku vyiyumviro urwarukarwo muri kaminuza y’i Ngozi rufise ku « Burundi bw’ejo ».

Analyse article comment count is: 1

Inkurikizi z’ukutumvira muganga

Mu gihe abantu benshi bivuriza kwa muganga bakira indwara nka zose baba barwaye, hariho abo bitagendera gutyo. Muti mbega kugira umuntu asubire kurwara ata minsi ihaciye avuye kwivuza vyoba biva kuki? Spageon Ngabo, nk’umunyeshure ariko aritegurira ibanga ryo kuvura, araducira […]