Abasokuru barayamaze ngo « ibanga riraheberwa ». Hariho ibisata bimwe bimwe vy’ubuzima umuntu adapfa kwinjiramwo ukwo ashatse kuko haba hariho n’ivyo ategerezwa gukwiza imbere yo kwakirwa mu muryango. Ari na vyo benshi bakunze kwita urwinjizo. Kwatirwa mu mwuga wo kudandaza na vyo […]
Iminsi mikuru iheza umwaka n’abunguruza abantu bikika mu kiza
Ihimbazwa ry’iminsi mikuru iheraheza umwaka ryama ryisangije isura kuri bose ! Bamwe baraziganya kugira bazosume ibikwiye maze bifate neza muri ivyo biringo. Abandi na bo baramenya uko bavyifatamwo kugira ngo iyo minsi ntibasige uko yabasanze. Bamwe muri abo n’abunguruza abantu bikika […]
Plaques pour taxi-vélos : application du code de la route ou mesure pour renflouer les caisses ?
L’application d’un article concernant l’immatriculation de tous les deux-roues vient de créer une vive polémique. Tout en s’interrogeant sur la légalité et les lacunes de cette mesure, le blogueur Egide Nikiza juge que les récentes mesures d’imposition sont caractéristiques d’un […]
Ugukorera Leta ni ukwitangira abanyagihugu
Mu bisata bimwe bimwe vy’ubuzi bwa Leta, naho ababijejwe bama basemereye, haribonekeza abakozi batarangura neza amabanga baba bajejwe. Aho ni nk’abakozi batonda ku kazi batevye canke n’iyo batonze bakagakora nabi nabi. Renovat Ndikumwenayo ni we atuyagira ko ugukorera Leta ari […]
« Boost », la descente aux enfers des jeunes burundais
Cette drogue fait des ravages dans les rangs des jeunes bujumburiens. Méconnu du grand public, ce dérivé de la cocaïne est le stupéfiant le plus dangereux sur tout le territoire national, et sa consommation prend de plus en plus d’ampleur. […]
Ubukene n’indwara ikira
Mu gihe abantu benshi bugarijwe n’ubukene hirya no hino mu gihugu, mu ntara ya Gitega, hari umuti abanyagihugu bamwe bamwe bagerageje kubutorera. Uwo muti ushimikiye ku gushinga udushirahamwe duto duto maze abanywanyi bakaza baraziganya bongera baguranana hagati yabo. Gutyo rero, […]
Confessions d’une femme brisée
À la fin de l’année, on assiste parfois à un marathon de mariages. Malheureusement, les unions faites dans la précipitation, souvent, ne font pas long feu. Sur ce, le blogueur Véritas Ngendakumana nous livre le témoignage d’une femme désillusionnée quelques […]
Quand on espère qu’il fait moins chaud chez le voisin …
L’Afrique des Grands Lacs est secouée par des crises cycliques, des guerres répétitives depuis des décennies. Pour le dessinateur Ajax, l’ironie de la situation réside dans le fait qu’au-delà des biens, les pays de la région semblent se livrer aussi […]