Mu gihe abana bo mu mashure matomato n’ayisumbuye bari mu buruhuko bwo mu ci, uno mwanditsi yasubije imyaka inyuma, yibuka uko ishure ryisumbuye rya ETS Kamenge ryari ikibanza gikomeye co kwidagadura, mu gukina, gutyo ibiruhuko bikaba intibagirwa.
Said Tubane
Dynamo vers la B.A.L : un chemin parsemé d’embûches ?
Dimanche passé, les verts et blanc de Dynamo étaient aux anges après leur victoire au « Game 7 » des finales des play offs, face aux bleus et blanc d’Urunani. Juste le lendemain, une correspondance de la FIBA circulait sur […]
“Ubu vyanse, niyumvira guta abana n’umugore”: intahe
Bavuga ngo umugabo arinda akaje. Uyu we yivugira ko yananiwe. Yahuye n’akaje karamana. Abavuga ko ubuzima bwazimvye yumva bivugisha kuko we “bwarapfutse umunwa”, kugeza aho yumva yota abana biwe n’abo umugore yazanye, agahunga. Aradushingira intahe.
Le fair-play au basketball : aussi lointain que la lune
La capitale kenyane, qui accueillait les matchs du Road to BAL 2025, gardera sans aucun doute dans ses annales les exploits de l’équipe burundaise Urunani, non seulement pour ses exploits sur le terrain (8 victoires sur 9 matchs), mais aussi […]
Umwaka wa gatandatu w’aho hambere : ntihari aho gutuma umwana !
Mu gihe ku musi wa gatandatu uheze, Yaga, ifadikanije na UNICEF Burundi, yatunganije igice ca nyuma c’ihiganwa ry’ivyiyumviro birashe ku buzima bw’ishure “Oui!Mais…”, uno mwanditsi yihweje ubuto n’ubutore bw’urwaruka rwari rwitabiriye iryo higanwa, vyamwibukije umwaka wiwe wa gatandatu, mu mashure […]
Amagorwa y’uwahukanye: “Kuki ikibano kidukumira?”
Mu gihe abubatse baragana kubana neza, mu mahirwe no mu marushwa, hari abo iryo banga rita ku w’amazi, bakanavana burundu. Mu ntahe y’uno mupfasoni, urugo rwabereye ibamba, arashikiriza akababaro kiwe, ingene amaze kwahukana ubuzima bwamuhindukanye, akaba igicibwa.
FEBABU ː les basketteurs sacrifiés sur l’autel des intérêts individuels
On s’y attendait, les conflits refont surface dans la gestion du basketball burundais. L’apôtre Manirakiza est entre le marteau et l’enclume. Au-delà des spéculations des uns des autres, les basketteurs seraient-ils considérés ?
Une journée avec les enfants autistes : différents mais normaux
La société les stigmatise et les familles ne savent pas comment les traiter. Incompris, les enfants autistes ont du mal à développer des capacités d’adaptation qui leur permettraient de mieux vivre. Ce blogueur a fait une immersion au centre Talitha […]
Vivre avec 80.000 fbu, le calvaire d’un couple d’enseignants
S’il faut comprendre la cherté de la vie à Bujumbura, un couple d’enseignants, tous deux affectés à l’intérieur du pays est un bon exemple pour prendre conscience des gymnastiques quotidiennes des Bujumburois.