Appelé sélection chez les jeunes burundais, le viol en bande est l’une des pires violences dont on ne parle jamais au Burundi. Témoignage poignant d’Evelyne, victime de cet acte barbare.
Landry Ingabire
#ZaNzoga: abazikora n’abazinywa baratubwiye uko babigenza
Ziri ubwoko injojo ! Kanyanga, umudiringi, umunanasi, umugorigori, igisubi, n’izindi rero bita “inkonesere”. Zikorwa gute? Twozisanga he? Zinyobwa na bande? Vyose ni muri kino gisomwa, twarahuye na bene vyo.
Burundi: quelques règles d’or à observer avant l’achat d’un bien
Selon une citation latino, « il faut être prudent de ne pas vendre son soleil pour acheter une chandelle». Il se trouve qu’il y a pas mal de gens qui ont regretté après l’achat d’un bien ou d’un service. Pourtant c’est […]
Kuki bivugwa ko abakozi bo mu nzu bava i Ngozi no mu Kayanza ari abasuma ?
Mu gisagara ca Bujumbura, kimwe mu bisigaye vyihwezwa cane n’abakoresha imbere yo gutanga akazi ko mu nzu, ni uko nyene kugasaba atoba ava mu ntara za Ngozi canke Kayanza; bikaba bivugangwa ko be n’abo bakozi boba bafise akaboko karekare. Ariko, […]
Comment la « crise burundaise » profite aux pays voisins
À part les fonds débloqués par la communauté internationale pour aider les réfugiés burundais qui ont fui la crise burundaise de 2015, il y a une autre somme colossale qui échappe à l’économie burundaise en particulier le secteur touristique et […]
Burundi : « Nous tenons plus à nos morts qu’aux vivants! »
Au Burundi, les gens cotiseront facilement pour ton enterrement que pour ton traitement ou ton épanouissement. Il est temps de se défaire de cette hypocrisie sociétale.
Arya mahera mirongo ibiri asigara kuri bus akora iki?
Mu misi iheze ubushikiranganji bw’ubudandaji bwifadikanije n’amashirahamwe y’abunguruza abantu barafashe ingingo yo kuduza igiciro co kwiyunguruza hagati mu gisagara ca Bujumbura. Vyavuye ku mafaranga 350 bija ku 380, ariko vyama vyateye amahane. Ingabire Landry arabica hirya no hino.
« Amasaha y’Abarundi » : ahubwo tuyite « amasaha y’ububegito »
Mu Burundi, iyo ufise isango n’umuntu, mukavugana igihe muhurirako, agacerwa, aca yitwaza ngo « ni amasaha y’Abarundi. » Ingabire Landry ati : « ayo masaha ntabaho, ni icitwazo c’ububegito. »
Elections 2020 : une nécessité, mais à quel prix ?
Le 11 décembre 2017, le ministère des Finances en tandem avec celui de l’Intérieur et de la formation patriotique ont sorti une ordonnance qui définit le taux de contribution « à caractère volontaire » pour les élections de 2020 : […]