… ou la face cachée des réseaux sociaux.
Hagati y’inzoga n’igitabo, Abarundi duhitemwo ico dusoma !
Kuwa 2 Ruheshi buri mwaka, isi irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe uguhanahana amakuru mu kibano. Uwo musi waraye uhimbajwe ku ncuro ya 53 kw’isi. Uyu musi, uwovuga ko mu Burundi, abasoma icupa basumba abasoma ibitabu, burya yoba abeshe ? Kimwe cose kigaheza […]
« Burundi bwacu » : trois choses que vous ignorez sur l’hymne national
Quand est-ce que « Burundi Bwacu » a été chanté pour la première fois ? Son texte a-t-il toujours été tel qu’il est depuis l’indépendance ou bien il a été modifié ? Qui en est l’auteur ? Le Burundi avait-il […]
Des millions de trop pour les communes ?
L’aide au développement communal est majorée de 70 millions de Fbu dans le projet de loi des Finances 2019/2020. L’article 30 de ce projet de loi est sans équivoque. L’allocation portée est de 570 millions de Fbu et les fonds […]
Bujumbura : vyinshi mutari muzi kuri kahise k’ ico gisagara
Ico gisagara giherutse kuba umugwamukuru w’ivy’ubutunzi, catanguye kuba umugwamukuru wa Rwanda-Urundi, mu nyuma kiba umugwamukuru wa politike w’Uburundi. Abarundi benshi, harimwo n’abakibamwo, ntibazi uko igisagara ca Bujumbura cagiye kiraguka. Tugaruke kw’ivuka ry’amakaritiye akigize kuva 1897.
Itabi : kuki tuguma turinywa kandi tuzi ko ari ribi ?
Kuwa 31 Rusama buri mwaka, isi yose irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya itabi. Mu Burundi, abanywi b’itabi si bake ; yamara, bose barazi ko ari ribi, ariko bakabandanya barinywa. Hari impamvu.
Tricherie dans les universités : l’omerta doit être brisée
La tricherie est un caillou dans la chaussure de l’éducation. Présente sous différentes formes, nos universités n’en sont point épargnées. Un étudiant, Jean (pseudo), nous en parle sans ambages.
La monarchie, c’est du passé
Faut-il restaurer la monarchie au Burundi ? La question mérite d’être posée, vu le débat sur la devise de notre pays.