Ihiganwa Primusic ryari rimaze amezi atatu rigosora urwaruka rufise ingabirano mu kwikora mu gahogo, ryaraye rirangiye. Mu giteramo co kurisozera, cabaye ku wa 28 Mukakaro, haragaragayemwo vyinshi twokuramwo inyigisho ikomeye nk’Abarundi.
Société
Mu bimenyeshamakuru : tuzirikane ikibanza c’abakenyezi
Kuwa 31 mukakaro uko umwaka utashe, ni umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi w’umunyafurika. Uwo musi ushitse mu gihe ikibanza c’umukenyezi mu bimenyeshamakuru vy’Uburundi kidashemeye, haba mu bakora uwo mwuga canke abatanga amakuru.
Burundi : à qui incombe la responsabilité de collecter les bouteilles en plastique ?
Entre le consommateur, l’entreprise et l’État, qui est en première ligne dans la lutte contre la pollution des bouteilles en plastique ? Réponse avec Albert Mbonerane de l’ACVE, Action Ceinture Verte pour l’Environnement.
Pourquoi un·e célibataire ne devrait-il·elle pas être parrain ou marraine dans un mariage ? (partie 1)
La culture burundaise veut que les futurs mariés choisissent pour témoins (parrain et marraine) des personnes déjà mariées, seules capable de leur donner des conseils avisés en matière de vie conjugale… Ce qui n’est pas au goût de tout le […]
Le lac Tanganyika : rites, histoires et légendes
Le lac Tanganyika, ou Tanganika est un joyau régional. Premier lac plus long d’eau douce (677km) et probablement plus poissonneux, il est le deuxième le plus profond au monde. Sa superficie avoisine celle de la Belgique (32 900km2). Ce trésor […]
« Gusaba irembo », « gutwikurura », … imanza dukwiye guheba mu Burundi
Ntivyoroshe. Mu gihe Abarundi bamwe batora kwihebera Imana kugira bahunge ubukene, twari dukwiye kurimbura imigirwa itabereye ibihe turimwo, tukayisezerera…
Igwirirana ry’abantu : imvyaro n’iterambere, duhitemwo kimwe
Haraciye imisi indwi, isi ihimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe abanyagihugu. Uwo musi wampaye kwiyumvira ku bavukagihugu b’Uburundi. Kuva mu mwaka w’2001, ibitigiri vy’Abarundi vyagumye vyiyongera, ariko kandi, bigaragara ko bitariko birasubira hasi vuba. None iryo gwirirana ryoba ritumwa n’iki ? Ingaruka zaryo […]
Uburuhuko: abarezi batameze magabo, icaterera gishobora kuvoma
Ibihe vy’uburuhuko bw’ici ni ibihe bigoye cane ku rwaruka ruri mu mashure, yaba matomato, canke ayisumbuye. Uburuhuko bwaraye butanguye. Hamwe abavyeyi n’ababijejwe batomera magabo, urwaruka rumwe rumwe rushobora kuhazimirira. Muti gute?
Enseignement post-fondamental : le cours des TICE nécessite-t-il une amélioration ?
Le cours des Technologies de l’Information et de la Communication pour l’Enseignement (TICE) préconise un protocole d’outils numériques conçus et utilisés dans le cadre éducatif. Malheureusement, cette révolution se fait à pas de tortue, suite au manque de matériel adéquat.