“Twiganirira”, “Yameze amenyo”, “Nanje ndakeneye urukundo”, zose ni rwiwe. “Burikukiye” yo iracavuzwa cane ku musi w’ukwibuka ukwikukira kw’Uburundi. Indirimbo ziwe zatumye amenyekana mu Burundi no mu makungu. Yari ageze aho afasha abaririmvyi bakiri bato, mu ntara yiwe. Ntiyaribwo abishimirwe ku […]
Culture
Ng’uku uko ukubandwa vyavura indwara zo mu mutwe
Kuva na kera na rindi, indwara zo mu mutwe zariho, zikava ku mvo nyinshi : Hari aho wasanga umugore afashwe nabi mu rugo bikamutera ihahamuka, hari abikeka ko bakanzwe n’isato ariko bavyitiranije no guterwa n’intezi, canke bakarwara abaganza. Hari n’abarwara […]
257 Block : viser la lune, ça ne leur fait pas peur
Avec la sortie récente de son EP, Cahier D’essai, ce 24 février 2023, le groupe 257 Block signe son entrée définitive sur la scène musicale du Burundi. On a rencontré ce boys band au parcours atypique et à l’ambition (dé)mesurée.
Kayanza et ses rappeurs, comme une « Attaque des Titans »
La mairie de Bujumbura se targue d’être le seul vivier de jeunes talents du rap game. Mais, une autre province risque d’inverser cette tendance : Kayanza. Comment les rappeurs de cette province du nord du Burundi sont en train de […]
Dorcy Rugamba : « Nous sommes les produits de l’Histoire »
Du 6 au 11 février 2023, l’acteur et dramaturge d’origine rwandaise, Dorcy Rugamba, était de passage au Burundi pour animer une formation à l’endroit de 10 jeunes acteurs et actrices au sein de Buja Sans Tabou. On s’est entretenu avec […]
Relations Rwanda-Burundi : quand la musique se met au « 99 Luftballons »
Si le rapprochement entre le Burundi et le Rwanda est le travail des hommes en costard, les artistes jouent également leur partition. Le 4e art, un ferment d’une relation qui renaît de ses cendres? Ce blogueur en est convaincu.
Insiguro y’amajambo amw’amwe dusanga mu mvyino z’ikirundi
Aho hambere umwigeme yarategurirwa kuzoba umukenyezi w’ibanga, akora cane, anezereza umucance wiwe ndetse akanarwiza umuryango agiye kwabirwamwo. Ivyo bakaba babicisha mu biyago canke mu mvyino zo kujana umugeni duhora twumva ari naho twakuye amajambo umwigisha Ferdinand Mberamihigo, yanonosoye imico n’imigenzo […]
La politique culturelle, l’enfant mal aimé de la ‘’res publica’’ ?
Un message dans un groupe WhatsApp annonçant une prochaine rencontre du ministre en charge de la culture et les acteurs culturels m’a rappelé mon expérience personnelle dans ce milieu. La culture va-t-elle rester cet endroit de déception où les artistes […]
Ico abanyakaranga bo mu Burundi bokwigira ku bo mu Rwanda
Urwanda n’Uburundi ni ibihugu bisangiye ibitari bike, haba muri kahise canke imico. Muri ivyo bihugu vyompi, hari abantu bafashe ingigo yo guteza imbere imico n’akaranga kandi ubona ko babikunze, banabishoboye. Ingorane bagira muri urwo rugamba birashusha, ariko abo mu Rwanda […]