Si aller à la banque est parfois une légère formalité dans certains pays, au Burundi ce n’est pas souvent le cas. Les services bancaires seraient ce qui se fait de pire. Coup de gueule du blogueur Oscar Irakoze.
Société
Kwiga ingeso z’uwo muzokwubakana si igikorwa coroshe
Iyo umusore n’inkumi bashimanye, maze bakaba bari mu mugambi wo kuzohava bubaka urwabo, ngo “nta kamaro ko kumara igihe kinini bariko barigana ingeso”. Ni ko Nijimbere Thierry abibona. Arabisigura.
«Ihiganwa ry’abigeme banini beza kandi baciye ubwenge »: hari hageze
Abigeme batanu barenza ibiro ijana vy’uburemere baheruka gutorwa ngo baserukire Uburundi mw’ihiganwa ryo gutora “umwigeme munini mwiza kandi aciye ubwenge”. Rino rigiye kuza riratunganywa mu karere k’ibiyaga binini, buri mwaka uhereye muri uyu w’2017. Hariyongabo Martial n’akanyamuneza kenshi ati kaze […]
« Syndrome de Ngagara » : quand les enfants refusent de vieillir sous le toit de leurs parents
À Bujumbura, comme ailleurs dans les centres urbains du pays, certains jeunes gens quittent la maison familiale et vont vivre en colocation avec leurs amis. Une autre manière d’apprendre à affronter la vie et sortir du giron des parents. Pourtant, […]
La société civile burundaise plus que jamais en déperdition
Depuis la participation de Gabriel Rufyiri à la quatrième session de dialogue inter-burundais à Arusha, le torchon brûle entre lui et le reste de la société civile qui a boycotté le rendez-vous. Mais cela mérite-t-il de vouer aux gémonies cette […]
Les feux tricolores, une joie de courte durée
Les feux tricolores qui sécurisent et arrangent le trafic, implantés depuis quelques mois sur les grandes artères de la capitale, ne rassureraient pas pour autant. Petite balade avec Martine Nzeyimana dans les rues de Bujumbura où panne de ces feux […]
“Haga imitima ”: akajambo gasosa k’abadereva ariko kabihira ingenzi
Ugupakira ingenzi zirenze igitigiri mu ngendeshwa birahanwa n’amategeko. Ariko hari « abadereva » babirengako, kandi bakarengana ibirindiro vy’inyamiramabi. Nizigiyimana Vinciane aratubwira ivyo akunze kwibonera kw’ibarabara rya Bujumbura-Rumonge.
Ndashigikiye inganishwa ry’ibitsina, ariko nta mugore wo kuvuza ingoma !
Itegeko ry’umukuru w’igihugu rigenga ikoreshwa ry’ingoma ryarateye impari. Kubw’ukubuza abakenyezi kuvuza ingoma hamwe n’uburemere bw’ihadabu ricibwa aborenga iyo ngingo, Abarundi ntibavyakiriye kumwe. Naomi Irakoze we ati « sinkavugire muvumbi kumuvumba !».
Afise imyaka itandatu gusa, ariko ine ayimaze apfunzwe
Mugisha (yahinduwe izina) ni umwe mu bana benshi bavundiye mu mabohero atandukanye, azira ibihano vyahawe abavyeyi biwe. Niyonkuru Prosper aratwiganira amakuba y’ico kibondo.