« Guhonora », nk’uko tubiyagirwa na Elie Sadiki, umwigisha mu gisata c’indimi n’amayagwa nyafrika, muri Kaminuza y’Uburundi, ni umugenzo w’ikirundi w’aho hambere, aho serugo yitavye Imana, umupfakazi yaca arongorwa na murumuna w’umuhisi. N’ubu biracabaho. Twaraganiriye n’abo vyashikiye.
Société
« Les deux mamans aux milliers d’enfants » : la réussite des valeurs rundi
Ce 27 mars 2019, dans les enceintes de l’hôtel Source du Nil, était présenté publiquement le livre «Les deux mamans aux milliers d’enfants». Un ouvrage écrit par deux sœurs, Spès Nihangaza et Caritas Habonimana, cofondatrice de l’association «Famille pour Vaincre […]
Burundi Vs Gabon: « Ese coba icigwa no ku banyepolitike! »
Urukino rwahuje Uburundi na Gabon rwaratwibukije ko Abarundi turi bamwe. Abari hanze y’igihugu, mu gihugu hagati canke mu gisagara ca Bujumbura, bose imvugo yari: “Burundi bwacu”. Nibitubere icigwa !
«Je n’aurais pas dû naître, car mon père est prêtre»
En février dernier, un sommet consacré aux abus sexuels commis à l’encontre des mineurs s’est tenu au Vatican. Les évêques africains y ont prétendu que cette crise est une histoire de «blancs». Qu’à cela ne tienne. En Afrique, d’autres douloureuses […]
« Burundi bwacu » : ururirimbo ruriko ruribagiranwa
Mu rukino ruheruka guhuza Uburundi n’igihugu ca Gabon, vyaragaragaye ko Abarundi batari bake batazi kuririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu cacu. Aho bipfira ni he ? Hokorwa iki, amazi atararenga inkombe ?
Faire un enfant « seule » au Burundi: un dilemme cornélien
Dans la culture burundaise, il faut être marié pour avoir un enfant. Sauf que de nos jours, avec le chômage auquel les jeunes doivent faire face, il devient de plus en plus difficile de fonder un foyer. Et plus on […]
Gusukura igisagara ca Bujumbura vyabaye akananirabahinga !
Haraciye imyaka ibiri, Reta y’Uburundi yarabogoje amashirahamwe ashika 20 mu gikorwa co kwegeranya umwavu mu gisagara ca Bujumbura. Ariko, bigaragara ko ata gishasha cahindutse. None ingorane iri he ? Umuti wo ni uwuhe ? Twaregereye ababikurikiranira hafi.
Burundi-Gabon : 4 attitudes à bannir
Les Hirondelles se préparent pour le dernier match contre le Gabon dans les éliminatoires du groupe C pour la coupe d’Afrique des Nations. Malgré les nouvelles mesures prises par la Fédération du Football au Burundi(FFB), les mauvaises habitudes des spectateurs, […]
«Kuki muza kudukunda ari uko tugeze mu mahanga ?»
Nganji Trésor* aheruka kuja mu mahanga kunonosora amashure yiwe ya kaminuza. Kuva agiye, ngo aratangazwa n’ukugene uwahora amwita umugenzi asanzwe, ubu ashaka ko amufata nk’umukunzi. Aratwiganira hano.