Aller au contenu
  • Société
  • Politique
  • Économie
  • Culture
  • Santé
  • Multimédias
    • Dessins
    • Vidéos
    • Twittoscopie
  • Urukundo

Yaga Burundi

Yaga Burundi
f t y i

Thierry Nijimbere

Blogueur du collectif Yaga

« Umugabo si urucumu » : kuki amakungu arinda kudufatira ibihano ?
Politique article comment count is: 0

« Umugabo si urucumu » : kuki amakungu arinda kudufatira ibihano ?

Par Thierry Nijimbere le 28 juillet 2017

Naho nyene ba sokuru bagendera ibanga ry’umwumvikano nugutatura amatati bidaciye mu nguvu, « biboneka ko Abarundi ba kino gihe dusa nk’aho twatakaje ako karanga keza ». Thierry Nijimbere akabona ko bitaboneka neza kuba turindira ko amakungu adufatira ibihano kugira dushobore kwicara hamwe […]

Abanyamwema bazohohoterwa gushika ryari?
Société article comment count is: 0

Abanyamwema bazohohoterwa gushika ryari?

Par Thierry Nijimbere le 30 juin 201730 juin 2017

Haraciye amayinga abiri isi yose ihimbaje umusi mukuru wahariwe abanyamwema. Nijimbere Thierry aratuyagira uko vyifashe uyu musi ku bijanye n’ukubahiriza amateka y’abagendana ubwo bumuga mu Burundi.

« Amashure atazoshikana amanota 20% mu kibazo ca leta azoca afutwa »
Société article comment count is: 5

« Amashure atazoshikana amanota 20% mu kibazo ca leta azoca afutwa »

Par Thierry Nijimbere le 20 mai 201718 juin 2019

Ubushikiranganji bujejwe indero, amakaminuza n’ubushakashatsi buheruka gufata ingingo ko “amashure yigenga atazoshikana umwimbu wa 20% mu kibazo ca leta kirangiza inyigisho zo mu mashure shingiro, azoca afutwa burundu”. Nijimbere Thierry akaba akenguruka iyo ngingo, akidogera uburyo mwe n’ayo mashure akora.

Habuze iki kugira ubukene bw’umuyagankuba burangire?
Analyse article comment count is: 1

Habuze iki kugira ubukene bw’umuyagankuba burangire?

Par Thierry Nijimbere le 30 mars 201730 mars 2017

Ico ni ikibazo Nijimbere Thierry abaza ubuyobozi bw’ishirahamwe Regideso hamwe n’ababukurira. Aho ni mu gihe umuyagankuba utakiragama mu gisagara ca Bujumbura, bene kuwukoresha bakahahombera.

Ngo “umusore atagira inzu isakaje amabati ntagashinge umuryango!”
Économie article comment count is: 0

Ngo “umusore atagira inzu isakaje amabati ntagashinge umuryango!”

Par Thierry Nijimbere le 15 mars 2017

Buramatari w’intara ya Bubanza aheruka gufata ingingo ivuga ko “umusore wese yifuza kwubaka urwiwe ategerezwa kubanza kwerekana ko afise inzu isakaje amabati!”. Nijimbere Thierry ati iyo ngingo ni iyo kunegurwa!

Grossesses précoces, échec parental ou gouvernemental ?
Société article comment count is: 2

Grossesses précoces, échec parental ou gouvernemental ?

Par Thierry Nijimbere le 24 février 201726 février 2017

Les statistiques sont alarmantes : 2355 grossesses recensées sur le milieu scolaire dans l’année 2015 uniquement. Le blogueur Thierry Nijimbere, inquiet,  interpelle le gouvernement à prendre cette question en main.

Uguhayagiza igihugu kitakworohereza ubuzima bimaze iki?
Société article comment count is: 5

Uguhayagiza igihugu kitakworohereza ubuzima bimaze iki?

Par Thierry Nijimbere le 8 février 20178 février 2017

Mu gihe Abarundi batari bake bugarijwe n’ubukene n’inzara, Thierry Nijimbere aranegura abantu baguma baja mw’ibarabara  basemerera ngo vyose birahimbaye. Ku bwiwe ngo ntaco bimaze kwibeshera, ahubwo ngo “uwuja gukira indwara arayirata”.

Grossesses chez les adolescentes : que faut-il faire ?
Analyse article comment count is: 0

Grossesses chez les adolescentes : que faut-il faire ?

Par Thierry Nijimbere le 28 novembre 20168 décembre 2016

Selon le rapport sur la fécondité de l’Institut de statistiques et d’études économiques du Burundi (ISTEEBU) sorti en 2011,  quatre-mille sept-cent soixante élèves ont abandonné l’école à cause des grossesses précoces entre 2009 et 2012. Le blogueur Thierry Nijimbere s’inquiète […]

Voir plus d’articles
  • #YagaDécodeur
  • Analyse
  • Culture
  • Dossiers Yaga
  • Économie
  • Education
  • Multimédias
  • Nouvelles
  • Politique
  • Réactions des lecteurs
  • Revue de la presse
  • Santé
  • Société
  • Sport
  • Urukundo
  • Yaga here
  • Qui sommes-nous?
  • Charte
  • On en parle
  • Contactez-nous
Suivez-nous f t y i
© 2022 Yaga Burundi & RNW Media

Cookies

Nous utilisons des cookies analytiques / de performance pour améliorer votre expérience utilisateur sur notre site. En savoir plus