[ICIYUMVIRO] : « N’aho hatobaye abatwivye amadorare, hari vyinshi bituma ubukene bwayo budahera »
Analyse article comment count is: 2

[ICIYUMVIRO] : « N’aho hatobaye abatwivye amadorare, hari vyinshi bituma ubukene bwayo budahera »

Mu gihe habandanya hibonekeza ikena ry’igitoro n’iry’amafaranga y’agaciro, Jean Claude Karerwa Ndezako, umuhanuzi ajejwe ibibazo vya poritike n’imico kama mu biro vy’umukuru w’igihugu, yaratanze iciyumviro, kw’itariki 3 Nzero 2024, abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho yerekana imvo zitandukanye zituma […]