Imyaka 15 iraheze, Abarundikazi baracahabwa ibice vyababa 30 kw’ijana mu nzego z’igihugu. Ntibikiri agaseseshwarumuri ko na bo bashoboye mu guteza imbere igihugu. Muri Reta yaraye ishinzwe, vyaraye bibonetse ko n’ubu ata kigiye guhinduka. Kanatsinda, hisunzwe ibwirizwa nshingiro ryo mu 2018, […]