Inyuma y’umwaka yandikiye akabaruwa inzoga, uno mwanditsi asubiye kwikora ku ndome ziwe, azigira amajambo n’amungane. Asubiye kwandikira inzoga kuko abona ko “zidahaha, ziguma ziha inkumbi”. Muri kano kabaruwa, ng’uku uko abona ko zagisibije, agakebura abazinywa, abashinga amategeko n’abayubahiriza.
Arnaud Vyizigiro
#ZaNzoga: “nagukunze nkiri muto, none umpemukiye gutyo ?”
Akayoga uyu mwanditsi yanyoye, yagahaye urukundo rwose, nk’uko yoruha umwana w’umuntu. Ivy’urwo rukundo, ntivyagenze uko yari avyiteze. Ari kwo kwandikira aka kabaruwa uwo “mukunzi” wiwe.