Mu mwaka w’2017, narababwiye amajambo icumi utotahura utari mu bize muri kaminuza y’Uburundi. Mu mwaka uheze, uw’2022 naho nyene, naragarutse ngaha ndabaha insiguro y’ijambo “kugicamwo”, nk’uko ryakoreshwa cane muri iyo kaminuza. Na none ndagarutse rero.
Ubumenyi
Kaminuza : imvo 3 zituma abanyeshure badatonda mu cigwa
Mu mashure ya Kaminuza, turakunze kubona, mu gihe umwigisha kanaka ari mw’ishure ariko aratanga ubumenyi, abanyeshure bari imbere yiwe ata n’igice c’ikirasi buzuza. Muti none ukwo gusiba icigwa kimwe, ikindi kikitabwa biva kuki ? Umuti wo woba uwuhe ?
Kwizizirwa n’ivyuma vy’ubuhinga bwa none: indwara mu zindi
Iterefone ngendanwa, imashini nyabwonko, imboneshakure, n’ibindi biri mu vyo dukoresha mu buzima bwa misi yose; kandi bidufitiye akamaro. Ariko tutiyubaye, biba mu bintu bifise ingaruka mbi ku magara yacu. Muti gute?
Hagati y’inzoga n’igitabo, Abarundi duhitemwo ico dusoma !
Kuwa 2 Ruheshi buri mwaka, isi irahimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe uguhanahana amakuru mu kibano. Uwo musi waraye uhimbajwe ku ncuro ya 53 kw’isi. Uyu musi, uwovuga ko mu Burundi, abasoma icupa basumba abasoma ibitabu, burya yoba abeshe ? Kimwe cose kigaheza […]