Kuri uyu wa 9 Kigarama 2019, niho uwahoze ari umuhuza w’Abarundi Mohamed Khalfan Rukara yashinguranwa iteka. Hari mw’itongo ry’abapfuye ryo mu Ngagara, ahitwa “Ku Barabu”. Yitavye Imana afise imyaka 64 y’amavuka, kuwa 29 Munyonyo i Buruseri mu gihugu c’Ububirigi. Uwo […]