Mu Burundi, ugukora, ukundandaza n’ukunywa inzoga, ni ubuzima bwa misi yose bwa benshi. Kumbure bituruka ku kibanza urukanywa rusanzwe rufise mu mucokama w’ikirundi. Ico bikoze, Abarundi nta vyigwa barakora ku nyungu n’agahombo babikuramwo, ari na ho hava agahaze. Tugiye kubayagira […]