“Uwo nita umuvuzi niwe yantwaye ubusugi”: intahe

Babita ba rumenyi. Bamyeho, kuva na kera na rindi. Ababitura baba biteze inyishu ku ngorane zibahanze. Ariko, hari abizera gusomera bagasanga barumanze. Uno mwigeme aratwiganira ingene umugabo yagiye arondera atari we yaronse. Maze kubona abigeme bose tungana basohotse, abo tuvukana … Lire la suite de “Uwo nita umuvuzi niwe yantwaye ubusugi”: intahe